La voix de la diaspora burundaise

La voix de la diaspora burundaise la voix de la diaspora burundaise

17/12/2021

Ahabandi bagiye gushingura umwaka wa 2021 mwebwe ahiwanyu muriko mwitegura kuwukorera iki

17/12/2021

Duhejej kubona uburundi bwaronse ingurane yimiriyoni 150 zamadoriri ngonayo gufasha mwiterambere dyugwaruka.ikibazo twibaza Niko koko ayomahera azoja mugwaruka canke azoja muminwe yabagize reta Hama bandanye bagura Ama quartier mukwiyubakira amazu meza so rwaruka duhaguruke tugwanire igihugu cacu kuko abobatama buca bitaba Imana nitwe tuzosigara turarira ayomadeni kandi tutayariye mugihe tuyabaze abobazungu bace badutwara ibikogwa vyodutunze nkibibuga vyindege amazu amwamwe yitwa kwarayareta nokutagira ijambo kubutunzi bumwebumwe bwacu

Adresse

Solidarité
Mamoudzou
97600

Site Web

Notifications

Soyez le premier à savoir et laissez-nous vous envoyer un courriel lorsque La voix de la diaspora burundaise publie des nouvelles et des promotions. Votre adresse e-mail ne sera pas utilisée à d'autres fins, et vous pouvez vous désabonner à tout moment.

Partager