Umukunzi w'ukuri TV

Umukunzi w'ukuri TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Umukunzi w'ukuri TV, Nonprofit Organization, Canada, KY.

02/14/2025

Saint Valentin ?
Abizera Yesu bukuri barakora uwo musi mukuru w'abakundana ?

Mugihe c'umwijima, abapagani b' i Roma bizera ko urukundo rwatangwa n'ikigirwamana cabo. Ngo kuri iyi tarike ya 14-02 ukumwaka utashe, abapagani bashaka abakunzi baraja murusengero gusenga ibigigwamana, baranywa bakaborerwa, murico gihe, cakigigwamana cararasa imyampi, umwampi warinjira mumitima ibiri, uw'umusore n'uwinkumi, waca uhuza amaraso yabo bompi bagaca batangura gukundana, kandi haraho bava aho baranguye imibonano mpuza bitsina, niho havuye ikimenyetso ca Saint Valentin c'umutima urimwo umwampi.
Kurundi ruhande, Muri Ecleziya Gatorika, barigeze guhagarika ivyo gushingira, ariko umwe mubihebeye Imana Valentin yahavuye agirwa umweranda muriryo dini aca aguma ashingira mw'ibanga.
Mugihe abarongozi ba Gatorika babona aba Kristo babo bakomeza kwifatanya n'abandi mumusi mukuru wa gipagani mukuja muri rwarusengero kugira nabo baraswe umwampi na cakigigwamana, Baciye bafata ingingo yo kuwukirisura nkuko babigize kubishushanyo no kumusi w'izuba bawita umusi w'Imana. Uwomusi wo kuwa 14 Ruhuhuma ukumwaka utashe bawuhindura umusi wa gikristo w'abakundana baca bawitirira Valentin kubera ubuhizi yigeze kwerekana mugushigikira abakundana bashaka kubaka izabo.

Naho babigize uko, na nubu abapagani bari muri zansengero zabo, bariko barasenga ibigigwamana, ikiranga cuwo musi nticahindutse, Numusi mukuru wa gipagani, Abizera Yesu bukuri ntibahimbaza uwo musi kuko ntuboneka muri Bibiliya.

Satani yahaye Ubupapa gukuraho isabato, Umusi w'indwi, mukuru wo kuruhuka Imana Umuremyi yaduhaye, maze buca bushiriraho abayoboke babwo iyindi misi mikuru ibabaza Imana.
Unomusi inzoga zirateguwe, ibitanda biza kuberako ubusambanyi birateguwe, nibava muri Paruwasi mumisa, baca bahurira n'aba poroti gito nababandi babakosa dini mububare bikorere ivyaha vyubwoko bw'inshi. Uko niko abirengagije ababwirizwa y'Imana bamera.

: Yesu yavuze ngo :"Naje mw'isi ndumuco kugira abanyizera bose ntibaze bagume mu mwiza." Yohana12:46
Muri Yesu turashobora kubaho tugororokera Imana.
Mbega abatandukanijwe n'isi boba bakiba muvy'isi gute ?
Nabe ari wewe wisuzuma. Yesu agushoboze kunesha. Amen !
fans
Mugihugu c'Ivyiza TV

Vyarabaye !Urukundo nikintu gikomeye, niwakunda umuntu, ntuze ushiremwo inguvu, ariko uzomusengere, buhoro buhoro, bucec...
06/28/2023

Vyarabaye !
Urukundo nikintu gikomeye, niwakunda umuntu, ntuze ushiremwo inguvu, ariko uzomusengere, buhoro buhoro, bucece, Imana irabikora bikarangira abaye rwawe.
Umukunzi w'ukuri TV

Guma hafi yuwo ukunda, bizotuma urukundo rwanyu rukomera. Akenshi urukundo rusamburwa no kubana kure, kutizerana no kuti...
06/13/2023

Guma hafi yuwo ukunda, bizotuma urukundo rwanyu rukomera. Akenshi urukundo rusamburwa no kubana kure, kutizerana no kutitanaho.
Haranira kubera uwo ukunda ico yarakeneye, umunogere muri vyose, urukundo rwanyu ruzokomera.

06/13/2023
Birabereye !!
06/12/2023

Birabereye !!

Ico bita kuba murukundo, to be in love
06/04/2023

Ico bita kuba murukundo, to be in love

06/04/2023
Umukunzi w'ukuri nuwukuna hafi, akamenya ibihe urimwo, akakugirira ikimazi mubihe vyiza no mubibi.
05/31/2023

Umukunzi w'ukuri nuwukuna hafi, akamenya ibihe urimwo, akakugirira ikimazi mubihe vyiza no mubibi.

Urukundo rufise vyinshi rusobanura. Ariko umukunzi wukuri atangwa n'Imana. Saba Imana uwo muzubakana izomuguha '
05/30/2023

Urukundo rufise vyinshi rusobanura. Ariko umukunzi wukuri atangwa n'Imana. Saba Imana uwo muzubakana izomuguha '

Umukunzi wnukuri arabaho koko ?
05/28/2023

Umukunzi wnukuri arabaho koko ?

Mubona Uburundi budatunze ivyiza gusa ?
05/25/2023

Mubona Uburundi budatunze ivyiza gusa ?

None biza gute ngo abantu basangiye ibitsina ngo bakore ibintu nkibi ?
05/24/2023

None biza gute ngo abantu basangiye ibitsina ngo bakore ibintu nkibi ?

Address

Canada, KY

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umukunzi w'ukuri TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share