Build Burundi

Build Burundi Build Burundi 🇧🇼 | Fiers de notre pays, fiers de notre culture | Kunda Igihugu Cawe ❀
Nous parlons du Burundi rĂ©el — celui des rues, des idĂ©es et des gens.

Cette page est la propriété de la Société BUILD BURUNDI; une initiative des jeunes intellectuels burundais libre de pensées. Nos objectifs :
1. Cadre de réflexion sur les politiques de développement inclusif
2. Vitrine de développement intégral





21/12/2025

" Iyo Nowa aba umurundi, ubwato mu gihe c'imyuzurira bwari kuba bufise igikoni co kwokerezamwo umukeke 😊". K***a igihugu canyu đŸ’šâ€ïžđŸ€. »

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

20/12/2025

«✚Umunsi muzovuga muti “Narahagarariye iteka ry'iki gihugu”, ni wo munsi muzokwishima vy'ukuri. »

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

19/12/2025

« Uburundi🇧🇼 bwampaye ubuzima, niyemeje kubukorera ku kiguzi cose bizontwara đŸ‘Â»

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

14/12/2025

« ✹Muvukanyi, niwaja mu bubirigi ukibagira ikirundi, bazogutazira « Monsieur Fromage » ubuzima bwawe bwose !đŸ˜‚Â»

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

14/12/2025

«✚ Umunsi abarundi bose bazofata ingingo bakariha ikori, niwo munsi sekibi azohaguruka akavuga ati : « Iki ni igitangaro ! đŸ˜‚Â»

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

13/12/2025

« Rwaruka, muraharanira amahoro n'ijambo, kuko ariryo ragi ryaba sokuru. »đŸ’Ș✹

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

13/12/2025

« đŸŽŒđŸŽ§đŸŽ€Burundi haguruka, ntihakabe abagucinyiza,đŸŽ” Ntukijijanye imitima, đŸŽ¶kuko abawe turagushigikiye,đŸŽ” Igisharara mu mutima, Ubutwari mu maraso đŸŽ¶Â»đŸ’šâ€đŸ€

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

11/12/2025

«✚ Sogoku, yaco ucura intimba umbwira ngo harabaye đŸ„č’’
Uyu n’umwanya wacu wo kwerekana ico dushoboye đŸ’Ș» đŸ’šâ€đŸ€

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

10/12/2025

« ✹Ni wabona umusore akubwira ngo “je t’aime” mu gifaransa 😃, uramwishura uti “K***a igihugu cawe”. » â€ïžđŸ’šđŸ€

« Vidéo générée par IA (VO3) »
゚

08/12/2025

« ✹Barundi benedata, ikanguro rizoboneka mu gihe duhagaritse kwidoga đŸ—Łïž, tugatangura kwubaka â˜ș. »

Contenu généré par VO3/IA

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Build Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Build Burundi:

Share