Elevate Burundi

Elevate Burundi Our vision is to see Burundian communities prosper and thrive

📃 Abanyeshure baheruka gukora Exetat bahamagarirwa kuraba amanota yabo guhera itarike 04 z'ukw’umunaniAbayobozi b’indero...
31/07/2026

📃 Abanyeshure baheruka gukora Exetat bahamagarirwa kuraba amanota yabo guhera itarike 04 z'ukw’umunani

Abayobozi b’indero mu ntara basabwa kuja gutora impapuro z’abakoze ikibazo ca Reta gitanga uburenganzira bwo kuja muri kaminuza guhera ku wa 3 Myandagaro 2026. Izo mpapuro zizotorwa ku cicaro c’umugwi ujejwe gutunganya ico kibazo.

✍ Ivyo biri mw’itangazo ry’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi ryo ku wa 29 Mukakaro 2026.

📌 Muri iryo tangazo, umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi François Havyarimana amenyesha abanyeshure bakoze ico kibazo, ko izo mpapuro bazotangura kuzitora ku mashure yabo kuva kuva ku wa 4 gushika ku wa 9 Myandagaro 2026.

💬 Nayo abafise ico babaza bakazobishikiriza muri ico kiringo nyene, bikazoca bishikirizwa ku cicaro c’umugwi ujejwe gutegura ico kibazo bitarenze ku wa 15 Myandagaro 2026.

✍ Ikibazo gitanga uburenganzira bwo kubandanya mu mwaka w’indwi mu mashure y’akarorero kizokorwa ku wa 3 Myandagaro 202...
28/07/2026

✍ Ikibazo gitanga uburenganzira bwo kubandanya mu mwaka w’indwi mu mashure y’akarorero kizokorwa ku wa 3 Myandagaro 2026

â˜đŸ»Biri mw’itangazo ryateweko umukono n’Umushikiranganji w’indero n’ubushakashatsi François Havyarimana kuri uyu wa 28 Mukakaro 2026.

🔙 Tubibutse ko ico kibazo buca gikorwa, hazovamwo abanyeshure baja kwiga mu mashure y’akarorero abandi baje kwiga mu mashure y'uburaro ya Reta.


source :

Twipfurije amahirwe, amagara meza abanyeshure barenga 85.000 batanguye Gukora kibazo ca Leta kibaha uburenganzira bwo kw...
07/07/2026

Twipfurije amahirwe, amagara meza abanyeshure barenga 85.000 batanguye Gukora kibazo ca Leta kibaha uburenganzira bwo kwiga kaminuza candangujwe uyumusi.



Aho hambere bavugango ntamashure  ! Ariko Ubu siko bikiri kuko umukenyezi atashobora kuba Umuganga , Umwigisha , Directe...
04/07/2026

Aho hambere bavugango ntamashure !
Ariko Ubu siko bikiri kuko umukenyezi atashobora kuba Umuganga , Umwigisha , Directeur Général,...

Turateye intege uno mwigeme akiri muto , ariko ya Créé Akazi , akaba CEO kuriyi mywaka!

Ni akarorero keza kubigeme.




  igiye gukorwa guhera kwitariki ya 7/07/2026-Gushika kuri 10/07/2026.Twipfurize abanyeshure Bose bagiye Gukora kino kib...
11/06/2026

igiye gukorwa guhera kwitariki ya 7/07/2026-Gushika kuri 10/07/2026.

Twipfurize abanyeshure Bose bagiye Gukora kino kibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga kaminuza .

Bonne chance Ă  vous tous !!




Bon début de la Semaine à tous les élÚves ! Twipfurize imyiteguro myiza abanyeshure bo mumwaka wa 9 bariko bitegurira  ....
01/06/2026

Bon début de la Semaine à tous les élÚves !
Twipfurize imyiteguro myiza abanyeshure bo mumwaka wa 9 bariko bitegurira .



Do not Stop Learning.
26/05/2026

Do not Stop Learning.



Reka twipfurize weekend nziza   Bose .Tubibutsako koba akaryo keza kukuruhurira umutwe no Gukora ibindi bikorwa vyo muhi...
16/05/2026

Reka twipfurize weekend nziza Bose .
Tubibutsako koba akaryo keza kukuruhurira umutwe no Gukora ibindi bikorwa vyo muhira kuko ni ngirakamaro.



Gutera inda umwana w'Umwigeme akiri ku ntebe yishure, ni ukwica kazoza kiwe, nakigihugu.
02/05/2026

Gutera inda umwana w'Umwigeme akiri ku ntebe yishure, ni ukwica kazoza kiwe, nakigihugu.



Abanyeshure bo kuri   Riri mugisagara ca Bujumbura,bahurikiye muri Club ya Informatique bari bagendeye ishirahamwe   aho...
25/04/2026

Abanyeshure bo kuri Riri mugisagara ca Bujumbura,bahurikiye muri Club ya Informatique bari bagendeye ishirahamwe aho bagize ibihe vyiza b**a ibijanye nubuhinga bwa None ,itumatumanako , n'ibindi bijanye na .

Ese urwaruka rwose rwokwama ruhabwa ayamahirwe yo gukoresha amaboko Ivyo baba bize mumajambo .

Tubibutseko ubumenyi ari umushinge witerambere!



Address

71-75 Shelton Street
London
WC2H9JQ

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elevate Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share