Chorale Centrale KINYOVU,Paroisse Ntega,Diocèse Muyinga-BURUNDI

  • Home
  • Burundi
  • Ntega
  • Chorale Centrale KINYOVU,Paroisse Ntega,Diocèse Muyinga-BURUNDI

Chorale Centrale KINYOVU,Paroisse Ntega,Diocèse Muyinga-BURUNDI Kinyovu choir cental

20/07/2025
24/06/2025

" INGO ZOSE UZOBONA ZITEKANYE ATAMISHWANO IKUNDA KUBONEKAMWO CANE , NDETSE IYO YADUTSEMWO IKABA IYO AKANYA GATO., UZOCE UMENYAKO UMUGABO WO MWURWO RUGO ARIWE YEMERA KWICISHA BUGUFI MBERE AKANASABA IKIGONGWE KUMAKOSA ATAKOZE KUGIRA UBUZIMA BUBANDANYE DAWE🤨🤨🤔🤔🤔 "

MUBISANZWE UMUGORE KENSHI MURUGO ABASHAKA GUSHIGIKIRWA KAND NAWE AVUGE IJAMBO RYUMVIRWE , UMUGABO NAWE AKENERA KWUBAHWA NO KUVUGA RIKIJANA🤗🤗

ARIKO RERO IYO BAMAZE KUBANA BIRAHINDUKA BIVANYE NUKWIGANGAZA KUMWUMWE. MBERE HARAGERA AHO UMUGABO ASHOBORA KURABA KUBWINYUNGU ZURUGO AGAHITAMWO KUVUGA MAKE AKAREKA UMUGORE AKAVUGA AYASHAKA YOSE KUGIRA NTIRUSAMBUKE , HARI NIGIHE INDYANE ZADUKA BAGASHWANA KND KENSHI UMUGORE NTAMBABAZI ASABA NUBWO YOBA YAKOSHEJE ARATIMBISHA HAKABA ICOBAYE🤣🤣🤣 NINAHO RERO SASA UMUGABO (W'UBWENGE ADASHAKAKO RUSAMBUKA) YEMERA AGASUKAMWO MABISI MUGUSABA IKIGONGWE (KAND AKAGISABA ATWENGA YICISHIJE BUGUFI DA🤗😀 KUGIRA BIKUNDE AMAHORO AGARUKE MURUGO) .

IYO BISH*TSE RERO BOSE BAKABA IBIHAGA NTIHAGIRE UWEMERA NGACISHE MAKE ASABIMBABAZI NUBWO ATOBA YAKOSHEJE , URUGO RUCA RUSAMBUKA ATANINDWI RUMAZE RWUBATSWE"🙄🙄🤔

MUSORE UKABA USHOBORA GUSABIKIGONGWE UWO UTAKOSHEREJE, CUFATA UMUKOBWA UMURONGORE KUKO WAKUZEE💃💃💃

Paul. amoureux #

24/06/2025

❌ Umuyobozi w’ishure agira ati: "Tanga amanota", umwigisha nawe ati: "Sinshobora gukosora ikibazo cibwe"
-------------------------
👆🏾Uko kutumvikana kuriko kuba hagati y’umuyobozi w’ishure ryisumbuye rya riri ku mutumba na zone Mukungu muri komine Nyanza Lac, biturutse kumpari zijanye n’ikibazo bivugwa ko coba caribwe

📖 Ico kibazo ca Sciences et Technologies co mu mwaka wa 2 pédagogie, cakozwe kw’igenekerezo rya 16 Ruheshi 2025 mu bibazo vy’igice ca gatatu, inyuma yo gukorwa niho urukurukuru rwatangura ruvuga ko bamwe mu banyeshure bakoze bafise ico kibazo. Umwigisha atanga ico cirwa amaze kuronka ivyemezo yuko ico kibazo cibwe, yahavuye asaba ko gisubirwamwo ariko ntibabihurizako n’umuyobozi

📌 Inyuma y’inama yahuje umuyobozi wishure Venant Ndikuriyo be n’abigisha bo kuri iryo shure kugira ngo bige ico kibazo, kuri uno wa mbere 23 Ruheshi 2025, umuyobozi w’ishure rya Mukungu yasavye uwo mwigisha gukosora no gutanga amanota yamara wewe avuga ko adashobora gukosora ico kibazo ahubwo agasaba ko gisubirwamwo hagakorwa amatohoza kugira hamenyekane uwusohora ivyo bibazo

✍🏽 Mwomenya ko kuri iryo shure nyene mu gice ca 2 c’uyu mwaka abanyeshure barenga 20 bafatanwe inyishu z’ikibazo ca "Psychopédagogie" haca hafatwa ingingo ko ico kibazo gisubirwamwo ariko ntamatohoza yakozwe ngo hamenyekane abagitanze. Nayo mu mwaka uheze wa 2024, abanyeshure 2 bari barananiwe barahinduriwe amanota maze bahabwa uburenganzira bwo gukora ikibazo ca Reta, bakaba baciye bafatwa ku munsi wa nyuma maze ivyo bakoze vyose biba impfagusa

🗣️ Abavyeyi na bamwe mu bigisha bo kuri lycée Mukungu basaba ko hokorwa amatohoza kugira ngo ubwo busuma bw’ibibazo bwama buvurwa kuri iryo shure butuzwe kugira ngo ntibuhave busubiza inyuma indero y’abanyeshure

👀 Musomyi, aho uherereye ubusuma nk'ubwo burahari?

30/05/2025

NI KUKI ABAGABO BABANYE NEZA NABAGORE BABO (BIKUNDANIRA) KENSHI UKO HACA IMISI BABANA BANDURUKA BAMERA NKABAZA GUSA,UKAMENGA BARAVUKANA???🙄

ABUBATSE NIBAZE BATUBWIRE ICO BIVAKO KUKO JEWE MAZE KUBIBONA AHATARI HAKE ; AHUSANGA UMUGABO RIMWE NÀ RIMWE ASHOBORA NOGUSUKISHA IMISHATSI NKIYAMADAME WIWE KUBURYO UTIHWEJE NEZA WOKWIBAZAKO ARI ABAVUKANYIII🤣🤣🤣🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️ Mbisa ntibantere amabuye🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️🏃‍♂️

07/08/2024

Kubantu bubaka tubafitiye amatafari meza ava mu BUKEYE na Mpanda kubiciro vyiza kand tuyabashikiriza Aho mukorera! Hamagara kuri +25768262515 watsapp cank appel simple(Burundi)

11/06/2023

Umusi mwiz

Address

Ntega

Telephone

+68262515

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Chorale Centrale KINYOVU,Paroisse Ntega,Diocèse Muyinga-BURUNDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share