Global Leadership Summit Burundi

Global Leadership Summit Burundi Global Leadership Summit (GLS) ni uruganda rudasanzwe rw'uburongozi ruba rimwe mu mwaka

HERA KURI BITO USHIKE KURI BININI
15/11/2025

HERA KURI BITO USHIKE KURI BININI

゚viralシfypシ゚

Ukwo mwiyandikisha muri GLS 2025 izobera i Bujumbura Ku wa 27 na 28/11/2025 , ni uku gukurikira:1.Kumashengero:Twararung...
04/11/2025

Ukwo mwiyandikisha muri GLS 2025 izobera i Bujumbura Ku wa 27 na 28/11/2025 , ni uku gukurikira:

1.Kumashengero:Twararungitseyo ama fiches yo kwiyandikishako

2.Mubigo vy'ubuzi aho abantu bakorera: Twarungitseyo ama fiches yo kwiyandikishako

3.Muamashirahamwe n'amacooperative: Twararungitseyo ama fiches yo kwiyandikishako

4.Kuri terefone 61 93 22 62, ubanje kuriha kuri *Lumicash code Agent 125820* yanditseko *NDORICIMPA Ancile*

5.Amafranga arihwa mukwiyandikisha ni aya akurikira:

-6.000 fb muri groupe C

-20.000 fb muri groupe B

-50.000 fb muri groupe A

6. Menya neza:

a).Abamaze kwiyandikisha bahabwa ama Badges biciye ku babanditse.

b)Kwiyandikisha bizoherana n'igenekerezo rya 10/11/2025

c) Abazokwitabira inyigisho bose bazogaburirwa kumutaga gusa bahawe amazi hamwe n'ifanta ariko bazokwimenya kubijane n'uburaro hamwe no gufungura mw'ijoro

d)Ivyigwa vya GLS 2025 i Bujumbura bizobera ku cicaro gikuri c'ishengero ry' *URUTARE* ( *Église du Rocher*) mu *Buyenzi* ku wa 27 na 28/11/2025 misi yose kuva isaha 08h30-15h30

Murakoze, Imana ibahezagire cane

Kaze I Bujumbura ni Gitega abiyandikishije I Butanyerera karibu kuwa 30-31-Gitugutu-2025
25/10/2025

Kaze I Bujumbura ni Gitega abiyandikishije I Butanyerera karibu kuwa 30-31-Gitugutu-2025

kubari I Ngozi iyandikwa rirabandanya ikibanza ni kuri salle Irembo center ya kabiri muri kinyami Gatare Ku magenekerezo...
18/10/2025

kubari I Ngozi iyandikwa rirabandanya ikibanza ni kuri salle Irembo center ya kabiri muri kinyami Gatare Ku magenekerezo rya 30 na 31 Gitugutu 2025 Kaze twiyandikishe twubake uburundi twipfuza.

Umurongozi nikarahara muruganda ntibacura.

🔴👌Nawe  Urafise uruhara mukubaka Uburundi twipfuzaIyandikwa kubari muri Butanyerera ryaratanguye sangwa ikaze Abigisha b...
10/10/2025

🔴👌Nawe Urafise uruhara mukubaka Uburundi twipfuza

Iyandikwa kubari muri Butanyerera ryaratanguye sangwa ikaze Abigisha benshi beza bazoba bari muri GLS 2025

Mufise ico mubaza canke kwiyandikisha nimuce hano:

Butanyerera: 61354971
Bujumbura: 61932262
Gitega: 68928918

United Citizens For Change and Development Of Burundi-UCCD

Global Leadership Network - International

Gitega

Heritage TV Burundi

😊👌Imyiteguro yokubakira kurino ncuro muri Global Leadership Summit Burundi GLS 2025 turayirembeje tumira mugenzi wawe na...
17/09/2025

😊👌Imyiteguro yokubakira kurino ncuro muri Global Leadership Summit Burundi GLS 2025 turayirembeje tumira mugenzi wawe nawe atumire mugenzi tuze kubandanya dukarihirizwa ubwenge mukubaka uburundi twipfuza.

👏👍Abigisha batandukanye baratumiwe murizonganda zama ziba I Butanyerera;Gitega ; Bujumbura

🔥Kaze tubakirane igishika cinshi ibibanza bitaruzura.

United Citizens For Change and Development Of Burundi-UCCDi-UGlobal Leadership Network - International

Global Leadership Network - International

Pasteur Denise Nkurunziza

Heritage TV Burundi

Gitega

Eglise du Rocher S.S.I

Sénat Burundi

🧁🥂🍡🍧Mudufashe dukeze Umurongozi mukuru w' Ishirahamwe mukumwipfuriza Isabukuru nziza......... Uhoraho data amuhaze kuram...
10/08/2025

🧁🥂🍡🍧Mudufashe dukeze Umurongozi mukuru w' Ishirahamwe mukumwipfuriza Isabukuru nziza......... Uhoraho data amuhaze kuramba

fans

United Citizens For Change and Development Of Burundi-UCCD

Heritage TV Burundi

Gitega Province

Global Leadership Network - International

🔴Kuri uyu wa 6 Myandagaro 2025 ishirahamwe United Christian for Change and Development (UCCD) mu gisata cayo ca Global L...
07/08/2025

🔴Kuri uyu wa 6 Myandagaro 2025 ishirahamwe United Christian for Change and Development (UCCD) mu gisata cayo ca Global Leadership Summit (GLS) ryaratunganije inyigisho zerekeye uruhara rw’umurongozi mu gushika ku mbonakozoza y’uburundi bwifashe muri 2040 n’Uburundi buteye imbere muri 2060 ku inzego nkuru zo mu giporisi c’Uburundi.

👌✍️Isaïe Nshimirimana, umurongozi wa UCCD, ishirahamwe ryatunganije urwo ruganda rw’inyigisho rifadikanije n’ibiro bijejwe inyigisho mu gipolisi c’uburundi, yashikirije impamvu batunganije izo nyigisho aho yagize ati: ‘’Twatunganije uru ruganda rw’inyigisho mu ntumbero yo gutera intege no gukarihiriza ubwenge indongozi nkuru mu gipolisi kuko uruhara rw’umupolisi ari ntasubirizwa mu gushika kuri ya mbonakazoza twashizwe imbere mu gihugu na nyenicubahiro umukuru w’igihugu cacu Evariste Ndayishimiye.’’

🙋Nayo icegera c’umugenduzi mukuru w’igipolisi c’uburundi General Major de Police Christophe Manirambona akaba yibukije abitavye urwo ruganda ko ari akaryo keza ko kwisuzuma, kunagura uburangamutima bw’umurongozi mwiza, guhinduka maze habe kuzana impinduka mu kibano. Akaba yasavye ko ivyavugiwe muri urwo ruganda rw’inyigisho bovyigisha abandi barongoye gutyo igiposi c’uburundi kibandanye kuba icirore cerekana ishusho nziza y’igihugu.

😊Muri urwo ruganda inyigisho zatanzwe n’abahinga mu vyo uburongozi aribo Isaïe Nshimirimana, Dr John Maxwell, Dr Abbé Dieudonné Nibizi na Prof. Arthur C. Brooks. Muri abo bigisha bamwe bari bishikiye ku kibanza abandi bakaba bigishije biciye ku buhinga bw’amasanamu (Projection).

Source: Umwungere news

United Citizens For Change and Development Of Burundi-UCCD
GLS2025

Global Leadership Network - International

Eglise du Rocher S.S.I

Destiny FM

07/08/2025

👌Twese Hamwe Turafise uruhara rwokubaka uburundi twipfuza.......Barongozi muri mubisata vyose bigize ubuzima bwiguhugu Kaze twiyandikishe kubwinshi hakiri kare ibibanza bitarahera.

😊Kaze muri
Butanyerera
Gitega
Bujumbura

✍️Twiyandikishe kurizo numéro ziri kurico kirango kimenyekanisha ibikorwa

United Citizens For Change and Development Of Burundi-UCCD

Eglise du Rocher S.S.I

Radio vyizigiro

Heritage TV Burundi

Global Leadership Network - International

✍️👌Kaze cane muri uyu mwaka 2025 mukubandanya twigishwa kugira twubake uburundi twipfuza.
23/07/2025

✍️👌Kaze cane muri uyu mwaka 2025 mukubandanya twigishwa kugira twubake uburundi twipfuza.

Address

Ngozi

Opening Hours

Monday 07:00 - 20:00
Tuesday 07:00 - 20:00
Wednesday 07:00 - 20:00
Thursday 07:00 - 20:00
Friday 07:00 - 20:00
Saturday 09:00 - 17:00

Telephone

+25769055323

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Global Leadership Summit Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Global Leadership Summit Burundi:

Share