π—–π—²π—»π˜π—Ώπ—² π—π—²π˜‚π—»π—²π˜€ π—žπ—Άπ—Ώπ˜‚π—»π—±π—Ό

  • Home
  • Burundi
  • Kirundo
  • π—–π—²π—»π˜π—Ώπ—² π—π—²π˜‚π—»π—²π˜€ π—žπ—Άπ—Ώπ˜‚π—»π—±π—Ό

π—–π—²π—»π˜π—Ώπ—² π—π—²π˜‚π—»π—²π˜€ π—žπ—Άπ—Ώπ˜‚π—»π—±π—Ό Le Centre Jeunes de Kirundo, la devise de la Jeunesse: La lecture, l'informatique, la Culture et Arts, sports.

Kuri uyu munsi uri hejuru, ubushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n ibimenyeshamakuru, b...
29/12/2023

Kuri uyu munsi uri hejuru, ubushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n ibimenyeshamakuru, bwaterereye ikigo Telecentre Kirundo ibikoresho nyabwonko bigizwe naza mudasobwa 15 nibindi bijanye nazo ndetse zirikumwe n uburyo bw ubuhinga ngurukanabumenyi. Ico kigo kirakenguruka iyo ntererano ya Leta, biciye mwishirahamwe muza makungu rya bakenyezi ONU FEMMES. urwaruka rwaho narwo rukaba mwiyemeje kuyibungabunga.

Rwaruka, ntimwibagire kugwiza umwimbu , ikirato caguzwe 150 000BIF mumyaka itatu cari gishaje, nayo impene yaguzwe ayo n...
25/11/2023

Rwaruka, ntimwibagire kugwiza umwimbu , ikirato caguzwe 150 000BIF mumyaka itatu cari gishaje, nayo impene yaguzwe ayo nyene, yari ivyaye izindi mpene indwi muri iyo myaka ziciye ayo nyene imwe imwe. Umu jeune wese arahimirijwe kworora igitungwa c urukwavu Aho abaye.

 : Munzira nziza Ikigo c urwaruka mu Kirundo caciriwe na  , imyaka itatu irarumanye  Centre Jeunes Kirundo irangura imir...
26/10/2023

: Munzira nziza Ikigo c urwaruka mu Kirundo caciriwe na , imyaka itatu irarumanye Centre Jeunes Kirundo irangura imirimo nk abakoranabushake mu gufasha urwaruka mu kwiteza imbere haba mubumenyi bujanye n ubuhinga bwa none, inyigisho zo kwitunganiriza imigambi n ibindi. Urwaruka rutari ruke rwo mu Kirundo ruramaze kuronswa inyigisho mubijanye n ubuhinga bw imashine nyabwonko, gukoresha interineti no kwiteza imbere. Dushimire Leta Mvyeyi kandi Nkozi biciye mu bushikiranganji bwo gutumatumanako amakuru, ubuhinga ngurukanabumenyi n ibimenyeshamakuru ku ngabire ya yaronkeje

 : Turakeje urwaruka Amani   yizewe na Leta y U Burundi kugira aserukire igihugu mu bushinwa mwihiganwa ryo gu shushanya...
22/10/2023

: Turakeje urwaruka Amani yizewe na Leta y U Burundi kugira aserukire igihugu mu bushinwa mwihiganwa ryo gu shushanya . Amahirwe masa kuri we.

Address

Kirundo

Telephone

+25779797201

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when π—–π—²π—»π˜π—Ώπ—² π—π—²π˜‚π—»π—²π˜€ π—žπ—Άπ—Ώπ˜‚π—»π—±π—Ό posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to π—–π—²π—»π˜π—Ώπ—² π—π—²π˜‚π—»π—²π˜€ π—žπ—Άπ—Ώπ˜‚π—»π—±π—Ό:

Share