21/08/2026
Whatsap(🇧🇮🇧🇮+25779379370);Itangazo:Hakurikijwe Itegeko nshikiranganji Numéro 530/540/1409 ryo kuwa 28/07/2026,Hisunzwe ikete Numéro 530.03.02/230/CGM/2026 ryo kuwa 01/08/2026,Commissariat Générale des Migrations(CGM)iramenyesheje Abantu Bose bafise ibibazo vya Passport,Laisser passer na CPGL kwitura ico kigo kikabafasha bitarenze italiki ya 30/08/2026.Kubera Ko Igihugu Kiriko kiratungany amatora yimirije mumwaka buca utangura wa 2027,Ico kigo kiramenyesh abene gihugu Bose barishe amahera y'impapuro zinzira(Passport,laisser passer na CPGL)ngo bitabire akamo Ko gukurikirana impapuro Zabo bitarenza italiki yatanzwe; kuko ikigo PAFE kizohagarika gutanga impapuro zinzira guhera le 01/09/2026,kikazosubira gutanga impapuro zinzira inyuma ya le 30/08/2027.Dusavy uwariwe wese abonye iri Tangazo kurimenyesha uwo wese afise ikibazo curupapuro rwinzira.Abari muntara za Ruguru cank abadafis uburyo bwokwiyunguruza basabwe kwakura kuri whatsap🇧🇮🇧🇮(+25779379370):Murakoze🙏🙏