DSEB

DSEB Domestic Social Economic Business we deal in production&supplying of biomass briquette(ikara rya kija

31/03/2023
30/10/2022
Ensemble pour un Burundi🇧🇮 sain grâce aux bio-briquettes💥🌱💥
23/11/2021

Ensemble pour un Burundi🇧🇮 sain grâce aux bio-briquettes💥🌱💥

https://www.facebook.com/1541734479425197/posts/2977303752534922/ DSEB à SHIKA 2021💥🌱Dukinjike tudasesaguye ,dukingire i...
09/11/2021

https://www.facebook.com/1541734479425197/posts/2977303752534922/
DSEB à SHIKA 2021

💥🌱Dukinjike tudasesaguye ,dukingire ikirere n'ibidukikije

"Ninatsindira ikibanza ca mbere mw'ihiganwa "Shika Awards", nzokoresha amafaranga nzoba natsindiye mu kugura imashini zizomfasha kwongereza umwimbu w'amakara dusanzwe duhingura."

👤 "Nitwa Armel Uwikunze, mfise imyaka 21, nkaba ndi umwe mu bash*tse mu gice ca nyuma c'ihiganwa "Shika Awards".

Nsanzwe mfise ishirahamwe rihingura amakara aho dukoresha imicafu iva mu mazu, ryitwa "Domestic Social Economic Business (DSEB)".

Amakara dukora muri "DSEB" aratandukanye cane n'ayandi tumenyereye. Ikara rimwe rishobora gukoreshwa amasaha 8 kandi iyo kuko rimwe riba rireha na sentimetero 20 z'uburebure hamwe na sentimetero 20 z'ubwaguke; kandi iyo uritekesheje nta myotsi risohora. Ikindi naco, rirazimbutse kuko rimwe rigurwa amafaranga amajana umunani y'amarundi (800 BIF).

Mbashije gutsindira ikibanza ca mbere mw'ihiganwa "Shika Awards", nzokoresha amafaranga y'agashimwe ka mbere mu kugura imashini zizomfasha kwongereza umwimbu w'amakara dusanzwe dukora, nongere ndayifashishe mu kugura imodoka izomfasha gushikiriza amakara Abarundi benshi bari hagati mu gihugu."

Mur'ino ndwi, Yaga igiye kubashikiriza imigambi indwi y'abashoboye gushika mugice canyuma c'ihiganwa "Shika Awards" ritunganywa buri mwaka na BBIN- Burundi Business Incubator.

Address

Buyenzi

Telephone

+25768684929

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DSEB posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to DSEB:

Share