Ewe Burundi, igihugu ciza

Ewe Burundi, igihugu  ciza groupe public à considérer car très important. Informations sures et correctes

25/05/2026

Avec le code promo JAJAYAYO,créer un compte 1xbet et gagner plus avec un bonus extraordinaire. N'oublier de partager l'information aux autres.

24/05/2026
Ubu   🇷🇺 ntibwababariye   🇺🇦 muri iri joro ry'uwa 24/5/2026,bwateye ibisasu vya missiles 36 harimwo   bwakoresheje ku nc...
24/05/2026

Ubu 🇷🇺 ntibwababariye 🇺🇦 muri iri joro ry'uwa 24/5/2026,bwateye ibisasu vya missiles 36 harimwo bwakoresheje ku ncuro ya gatatu na drones zirenga 600 nyinshi zikaba zatewe muri umurwa Mukuru.
Ibice vyinshi vy'uyu murwa Mukuru vyavyuye n'iturika ridasanzwe, imwe munzu yidandarizo nkuru ya iri mu nkengero za kyiv I yahiye iratokombera.
Ukraine biciye kuri perezida wabo yemeza ko ibisasu vyasamwe ariko ko hariho ivyash*tse hasi ndetse ko iki gitero kitacijana bazihora ubu Russia.
Abashika 2 nibo baguye mwivyo bitero Naho 83 kugeza Ubu nibo vyemezwa ko bakomeretse.
Ubu Russia 🇷🇺 bwari bwahize nyuma y'igitero ca drones kw'ishure ry'uburaro I kuzokwihora ,Aho ico gitero ca Ukraine 🇺🇦 cahitanye abana 10 Naho 37 barakomereka mu ntango z'iyi ndwi.

24/05/2026

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Amiss-Hamsi James Hamenya, Hakizimana Ezechiel, Edouart Ndagijimana, Makusanya Bizo Pacifique, Samuel Nsabiyaremye, James Niyonkuru, Adelin Nishimwe, Apollinaire Ap-g Nzoh, Célestin Le Belge Mubirigi, Orly Darlain Iteriteka, Edmond Ndayikeza, Habimana Revocat, Bishop Bishop, Wakana Rogatien, Evangeline Nsavyimana, Jérémie Nimpaye, Cyriaque Nahayo, Céléstin Gateka, Elie Edson Nshimirimana, Aviateur Irankunda, Maurice Ntakirutimana, Ezechiel Ndagijimana, Eric Niyongabo, Jean Bosco Niyidukunda, Amielle Irh'f, David Ndikumana, Havyarimana Léonard, Nini Niyo Gérard, Schadrack Wado Niyonkuru Niyonkuru, Evangeliste Desire, Claudine Hakizimana, Badandaza Emmanuel, Steve Nkurunziza, Flodouard Gtg, Belyse Nikundana, Loy Lolo Loxella Miracle, Chacha Pro Chacha Chantal, Ir Eric Mukeshimana, Dïsmâs Dôñ Juañ, Reine Mignon Louange Gatoni, Jospin Irutingabo, Salvator Ngendakumana, Marie Gisèle Kaneza, Ndacayisaba Leonidas, Oliver Niyonsaba, Sandrine Ngezahimana, Zélbabert Niyizonkiza, Kekey Kelly Chrisnel Duseng, Niyibitanga Samuel, K'zmn Ariella

Le nom dans le commentaire..
24/05/2026

Le nom dans le commentaire..

L'animal
24/05/2026

L'animal

24/05/2026

🔴🇧🇮 : "Kuva kera abana barafyina ivyo ntashingiro bifise, Umwana yasubijwe kw'ishure."

Mu gihe ku mbuga ngurukanabumenyi hazindutse haraca urwete rw'umuyobozi wo kw'ishure shingiro , ryo muri komine Mugina aho rwavuga ko hariho umwana yiga mw'shure ryo kwimenyereza yirukanwe kw'iryo shure azira ivyo yise " ubusambanyi", Ikinyamamakuru USAD Burundi, Cagerageje kurondera uwujejwe igisata c'indero muri komine Mugina , kugira agire ico abivugako, mu majambo make yadushikirije, yagize ati :" Kuva na kera abana bamye bafyina, ibivugwa ko vyabaye sivyo na gato; kubera ; n'amakuru yo mu kibano umuyobozi yoba yumvise aca apfa kuyakorerako, kw'ishure ntavyahabereye, umwana azoguma yiga."

Address

KAMENGE
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ewe Burundi, igihugu ciza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share