Be Parents Association=BPA

Be Parents Association=BPA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Be Parents Association=BPA, Nonprofit Organization, Bujumbura.

🟄   : PrĆ©sident Samia Suluhu Hassan, yemeye kurera umwana w’umukobwa akiri uruhinja yatowe Mwishamba mu gisagara ca Nzeg...
11/03/2026

🟄 : PrĆ©sident Samia Suluhu Hassan, yemeye kurera umwana w’umukobwa akiri uruhinja yatowe Mwishamba mu gisagara ca Nzega, mu ntara ya Tabora.šŸ˜­šŸ™„

Uwo mwana, yahawe izina rya , yashikirijwe umukuru w’igihugu n’umuyobozi w’akarere ka Nzega, inyuma y’aho bakoze amatohoza n’ukugerageza kurondera nyina w’uwo mwana Bakamubura☹

ā©Perezida Samia yavuze ko azomurera kandi akamurinda, ashimika Avuga ko umwana wese ari itunga rikomeye kandi akwiye kwitabwaho neza.šŸ‘

Mu Burundi vyoba bikibaho aho abana batabwa bakivuka?

27/09/2024

IBIKORWA VYA Be Parents Association=BPA vyo gutanga ibikoresho vy'ishure Ukwezi kwa Nyakanga 2024

Address

Bujumbura

Telephone

+25768013513

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Be Parents Association=BPA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share