Fondation Ngoga Patrick

Fondation Ngoga Patrick Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fondation Ngoga Patrick, Nonprofit Organization, Kigobe Nord-est, Avenue Inkondo, Bujumbura.

10/04/2026

witegure gute Urukino ⚽ ruzohuza Intamba mu Rugamba Zabagendana ubumuga i Kampala UGANDA

kurumusi Nyene wagatanu Intamba mu Rugamba Zabagendana ubumuga zakoze imyimenyerezo ya kabiri kukibuga ça Makerere stadi...
10/04/2026

kurumusi Nyene wagatanu Intamba mu Rugamba Zabagendana ubumuga zakoze imyimenyerezo ya kabiri kukibuga ça Makerere stadium 🏟️ university Abarundi bensh bo mur Uganda bahash*tse ndetse baranezerezwa nimyimenyeemerezo yabo bakaba biteguy cane kuza Gushigikira Intamba mu Rugamba Zabagendana ubumuga Football des Amputés izokina nigihigu ca UGANDA

kumusi wejo Aho bukera Igihugu buganda kizokwakira Igihugu c'uburundi I Kampala mur Uganda kukibuga c MAKERERE UNIVERSIT...
10/04/2026

kumusi wejo Aho bukera Igihugu buganda kizokwakira Igihugu c'uburundi I Kampala mur Uganda kukibuga c MAKERERE UNIVERSITY IGIHE C'ISAHA icenda kaze muri bensh Abarundi Mwese mur Mugihugu c' uganda

10/04/2026

Umurwi nserukiragihugu w'abakina umupira w'amaguru bafise ukuguru kumwe (football des amputés)bahejeje gukora imyimenyerezo yanyuma ,urukino rutegekanijwe kumusi wejo igihe c’isaha cumi (16h) Ouganda Vs Burundi

Akaba ari muntumbero yo kwitegurira neza amahiganwa mpuzamakungu.

06/04/2026

Rendez-vous nimurindwi nyene

Ouganda Vs Burundi

Turabahaye ikaze mwese abarundi muri mugihugu ca Ouganda

13/02/2026
urugendo rw,urukundo ngoga patrick yash*tse kukigo kireze abagendana ubumuga barayaze vyinshi ndetse abereka ko abagenda...
11/02/2026

urugendo rw,urukundo ngoga patrick yash*tse kukigo kireze abagendana ubumuga barayaze vyinshi ndetse abereka ko abagendana ubumuga badakwiriy gukumirwa

Enjoy the videos and music you love, upload original content, and share it all with friends, family, and the world on YouTube.

*"Ngoga Patrick ari kumwe na Ministre w’Igisata ca Fonction Publique hamwe na Ministre wa communication  bayaga Ivyitera...
24/12/2025

*"Ngoga Patrick ari kumwe na Ministre w’Igisata ca Fonction Publique hamwe na Ministre wa communication bayaga Ivyiterambere bigamije gushigikira ibikorwa vya Fondation Ngoga Patrick n’iterambere ry’abantu bagendana ubumuga.mumbona kazoza ya 2040-2060 .Twanezerewe kubona ubufatanye n’inkunga biva mu nzego za Leta mu kuramura ubuzima bw’abagendana UBUMUGA*🧑‍🦼🧑‍🦼🧑‍🦽🧑‍🦯

Address

Kigobe Nord-est, Avenue Inkondo
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fondation Ngoga Patrick posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Fondation Ngoga Patrick:

Share