15/09/2024
Muntumbero yo kurangiza akaruhuko k'ishure abana ba orphelinat INEZA Heart bagize bye bye vacances nkuko mubibona kumafoto karakanyamuneza kadasanzwe aho bakina ama jeux atandukanye.
Turashimiye umwe wese yagize ico aterera kugira aba bana banezerwe Imana ibahezagire.