The Sowers Group in Burundi

The  Sowers Group in  Burundi SOWERS a été fondé le 14-1-2017 à Bujumbura dans le but d'évangélisation. Et De Développement

Mbega Ibihe vyiza duteguriwe numuryango Wa The Sowers Group in Burundi turabahaye Ikaze kuri uyu Musi wo gusenga no Kwis...
14/05/2026

Mbega Ibihe vyiza duteguriwe numuryango Wa The Sowers Group in Burundi turabahaye Ikaze kuri uyu Musi wo gusenga no Kwisonzesha. Kaze cane Dusengere hamwe wemere kuba mu mpisho Kugira Umwami akuboneye Mu mpisho nawe agire ico akoze kubuzima bwawe. Muri ivyo bihe vyiza tuzokwigishwa nabakozi B'Imana hamwe na kaze cane tuzosenga vyukuri twige n'Ijambo Ry'Imana.

LGG Living
V D M gospel

Kingdom Impact Media
William Reponsalfa

Shalom shalom Turabaramukije Amahoro y'Imana abane namwe. Uno musi tubaheye Ikaze mumakoraniro tuzoba tufise Umwanya Mwi...
27/04/2026

Shalom shalom Turabaramukije Amahoro y'Imana abane namwe. Uno musi tubaheye Ikaze mumakoraniro tuzoba tufise Umwanya Mwiza Wo Kwiga Ijambo Ry'Imana hamwe N'umukozi W'Imana . Kaze cane gose twibere mubihe vyiza.

Vyari Ibihe vyiza cane Vy'ubutumwa bwiza mu mihana Mu Gisagara ca Nyarumanga Mu Buterere Aho twari twagendeye Abantu Mo ...
25/04/2026

Vyari Ibihe vyiza cane Vy'ubutumwa bwiza mu mihana Mu Gisagara ca Nyarumanga Mu Buterere Aho twari twagendeye Abantu Mo muri ico Gisagara mu Kubasangiza Inkuru Nziza Y'Umwami wacu Yesu Kristo. Aho Hashoboye Kuboneka Abantu 19 Bashoboye Kwizera Umwami Yesu Bakemera Kumuhereza Ubugingo bwabo. Nukuri Reka Duhimbaze Imana kubw'imisha yegukiye Yesu Kristo.

LGG Living
V D M gospel

kaze cane iwacu muri the sowers group in Burundi lundi turafise amakoraniro akomeye cane turafise ibihe vyiza vyo kubona...
23/04/2026

kaze cane iwacu muri the sowers group in Burundi lundi turafise amakoraniro akomeye cane turafise ibihe vyiza vyo kubona Imana aho tuza vyukuri twiteze kubona Imana murundi rugezo ikikibanza kiberamwo ibikorwa bikomeye cane ntamusi numwe uzokwigera wicuza kuza kubana natwe turafise umwigisha mwiza cane umurongozi Arnaud sower azotugaburira ijambo ry'Imana turagutumiye cane

shalom shalom bera b'Imana dufashe akaryo ko kubatumira murino programme idasanzwe ya evangelisation yateguwe na the sow...
16/04/2026

shalom shalom bera b'Imana dufashe akaryo ko kubatumira murino programme idasanzwe ya evangelisation yateguwe na the sowers group in Burund ni igikorwa gikomeye cane kuwizera wese Kristo kuja kubwira abandi inkuru nziza yagakiza ni samedi le 25/04/2026 munyarumanga kuva 08h45 tukazohurira kuri parking yaba taxi velo kwisoko kaze cane

Mwiriwe neza bavandimwe. Turabatumira mwese ku masengesho y’umurwi wacu Sowers Groupe azoba ku 11/04/2026 isaha 9h00. Tu...
03/04/2026

Mwiriwe neza bavandimwe. Turabatumira mwese ku masengesho y’umurwi wacu Sowers Groupe azoba ku 11/04/2026 isaha 9h00. Tuzohurira hamwe dusenge, dushima Imana kandi dukomeze ukwizera kwacu. Ntihagire n’umwe asigara inyuma, murahawe ikaze mwese. Imana ibahezagire.

LGG Living
V D M gospel
Emmanuel Sower
William Reponsalfa
Jean Merveille Niyagwe
Eric Nijimbere

programme ikomeye cane muhira iwacu muri THE SOWERS GROUP IN BURUNDI turafise amakoraniro ari tres special muri gahunda ...
06/03/2026

programme ikomeye cane muhira iwacu muri THE SOWERS GROUP IN BURUNDI turafise amakoraniro ari tres special muri gahunda yo kwiga ijambo ry'Imana bible iraduhanurako ukuri tumaze kumenya ariko dukwiye vyukuri kugenderamwo ndaguhamagarira kudahusha kano karyo ko kwiga tuzoba dufise icigwa ciza cane hamwe n'Umurongozi Emma Sower

Dufashe akaryo keza ko kugutumira kuza kwifatanya natwe muribibihe vyo kwiga ijambo ry'Imana hazoba hari n'Umwanya wo kubaza ikibazo cose kucirwa kizokwigishwa cane cane kukintu utazoba watahuye

kaze cane kuhaba kwawe n'umugisha ukomeye cane kuri twebwe

Bamwe mubarongozi bagize umurwi sowers muburundi bari bagiye hamwe mukwigisha indongozi zirongoye ibisata bitandukanye m...
06/03/2026

Bamwe mubarongozi bagize umurwi sowers muburundi bari bagiye hamwe mukwigisha indongozi zirongoye ibisata bitandukanye mwishengero babicishije mugikorwa bitiriye
LA VÉRITÉ REND LIBRE

bienvenue à tous
01/03/2026

bienvenue à tous

bienvenue à la culte d’enseignant de ce lundi 2 mars 2026 à 16h la préparation d’évangélisation
01/03/2026

bienvenue à la culte d’enseignant de ce lundi 2 mars 2026 à 16h

la préparation d’évangélisation

Umuvyeyi w’umwigeme Gloria sower yitavye Imana mundwi yahera  turahojeje umuryango wabuze , Imana ibandanye ibana n’Imit...
27/02/2026

Umuvyeyi w’umwigeme Gloria sower yitavye Imana mundwi yahera

turahojeje umuryango wabuze , Imana ibandanye ibana n’Imitima yasigaranye agahinda kandi ibaremeshe

Address

Bujumbura

Telephone

+25769587401

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The Sowers Group in Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to The Sowers Group in Burundi:

Share