Tuyage Ibigezweho

Tuyage Ibigezweho Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Tuyage Ibigezweho, Nonprofit Organization, Bihembe, Bujumbura.

   arazi ko umuceri ugora kuronka! Nico gituma no mu mvura ahimiriza abarimyi kuja ku kivi. Ibi ni vyiza. Kandi ga mumwi...
11/02/2024

arazi ko umuceri ugora kuronka! Nico gituma no mu mvura ahimiriza abarimyi kuja ku kivi. Ibi ni vyiza. Kandi ga mumwigireko gukorana akamwemwe! Ntakuza muridoga ngo iwiwe ibigega biruzuye! Ufise itongo, ufise umwonga: sohora isuka, egeranya imbuto! Impanuro.

08/02/2024
Ici c'est Bujumbura. Si vous connaissez bien Bujumbura dites-nous prΓ©cisΓ©ment la localisation des immeubles que vous voy...
26/01/2024

Ici c'est Bujumbura. Si vous connaissez bien Bujumbura dites-nous prΓ©cisΓ©ment la localisation des immeubles que vous voyez en image!

Abakunzi ba   mwitegure hagiye gusha ukwo ndabibona, ukaba utari bwamenye films za   waratanzwe : karibu ukurikirabe  fi...
21/11/2023

Abakunzi ba mwitegure hagiye gusha ukwo ndabibona, ukaba utari bwamenye films za waratanzwe : karibu ukurikirabe films ndundi za muzambere
πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ https://www.facebook.com/profile.php?id=100067474097066

Abakurambere duhwanire muri comment muduhe umugani bihuye n'isamu πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜ƒ
17/11/2023

Abakurambere duhwanire muri comment muduhe umugani bihuye n'isamu πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜€πŸ˜ƒ

Image uyibonye harico ikubwira ??? Duhurire muri comment wewe ikubwiye iki??.   la page
16/11/2023

Image uyibonye harico ikubwira ??? Duhurire muri comment wewe ikubwiye iki??. la page

Abahazi πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ dutanguranywe turabe cumi bambere bahatora : gira   turabagezaho amakuru yaho
16/11/2023

Abahazi πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ dutanguranywe turabe cumi bambere bahatora : gira turabagezaho amakuru yaho

10/11/2023

πŸ€ŒπŸ™…πŸ™…πŸ™…πŸ™…πŸ™…πŸ™…

08/11/2023

πŸ€¦πŸΎβ€β™‚οΈIbara ryaraye riguye

Mu ntara ya Ngozi hari umugabo w'imyaka 50 yaraye ashurashuje umwana adashikana imyaka 10 muri quartier mu gisagara ca Ngozi.

πŸ’¬ Uwo mugabo ngo akaba yahenze ako kana mugihe nyina wako yari kw'isoko mu kazi ka minsi yose. Akaba yaciye apfungwa mu gihe abaganga bo ku bitaro bikuru vya Ngozi bemeje ko uwo mwana yakorewe ayo mabi.

πŸ“Œ Mu baharanira agateka kabana bakaba batewe umutima uhagaze n'ivyo gushurashuza abana bisa n'ivyabaye umugenzo. Mu kwezi kumwe abana barenga 5 barahuye n'ayo mabi kandi bibera mu makomine atandukanye y'intara ya Ngozi.

πŸ‘€ Mubona hokorwa iki ngo ico caha gituzwe?

#πŸ‘οΈ muco w' Iburundi #
πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚

πŸ”΄ Kuv'ubu, Kenya Airways yashizeho indege zo mw'ijoro zorohereza abashaka gufata ingendo:✈️ Hari indege iva   isaha 20h3...
03/10/2023

πŸ”΄ Kuv'ubu, Kenya Airways yashizeho indege zo mw'ijoro zorohereza abashaka gufata ingendo:
✈️ Hari indege iva isaha 20h30 ikururuka i Bujumbura 22h10 buri kuwakabiri, kuwakane no kuwamungu
✈️ Hari indege iva isaha 00:10, igashika Nairobi 01h50 ku minsi yo kuwambere, kuwagatatu no kuwagatanu

πŸ‘€ Ntimubona ko bigiye kworohereza abahora bisanga bacerewe gushika ku kibuga c'indege kubera imirimo yo kumurango?

DΓ©sirΓ© Minani yemejwe n'inama nkenguzamateka, kuri uyu wa kane, ngo abe buramatari w'intara ya  . Izina ryiwe ryatanzwe ...
28/09/2023

DΓ©sirΓ© Minani yemejwe n'inama nkenguzamateka, kuri uyu wa kane, ngo abe buramatari w'intara ya . Izina ryiwe ryatanzwe n'umukuru w'igihugu. Agiye gusubirira Emmanuel Ntaconsanze.

Inkomoko: https://t.ly/nO5BM

Address

Bihembe
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Tuyage Ibigezweho posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share