Ebenezer Transformation Holy Church

Ebenezer Transformation Holy Church Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ebenezer Transformation Holy Church, Community Center, Bujumbura.

KURUYO WESE AFITE UMUTIMA WOGUSHIGIKIRA KWAGURA UBWAMI BW IMANA NOGUSHAKAKO IZINA RYA YESU CHRISTO RYOKWAMAMARA HIRYA NO...
18/09/2023

KURUYO WESE AFITE UMUTIMA WOGUSHIGIKIRA KWAGURA UBWAMI BW IMANA NOGUSHAKAKO IZINA RYA YESU CHRISTO RYOKWAMAMARA HIRYA NOHINO YODUFATA MUMUGONGO MUGUSHOBORA KUGURA IKIBANZA CISHENGERO KUKO TWIPFUZA KUGURA IKIBANZA COGUKORERAMWO UMURIMO W IMANA IMANA IHEZAGIRE CANE UYOWESE YOGIRA KAGATIMA KUBUMANA YESU ABAHUMUGISHA MWIZINA RYA YESU CHRISTO

KUBWISHENGERO Ebenezer Transformation Holy Church

UMWUNGERE MUKURU APOTRE RUKUNDO JEAN CLAUDE

UFITE UCOWOBAZA CANKE WOSHIKIRIZA KUBWICOGIKOGWA MURATWAKURA KURI

+25779567624 / +25761377135

ININDI KURUWO YOSHOBORA KUGIRA AGATIMA KOGUSHIGIKIRA MURICO GIKOGWA YOSHIRA KURI LUMICASH NI +25761377135

CANKE KURI COMPTE IRI MURI. CECM 210678/2 IZINA RYA COMPT NI EBENEZER TRANSIFORMATION HOLY CHURCH OF BURUNDI

IMANA IBAHEZAGIRECANE GWOSE SHALOM SHALOM

Address

Bujumbura

Telephone

+25779567624

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ebenezer Transformation Holy Church posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Ebenezer Transformation Holy Church:

Share