Akadirisha Prod

Akadirisha Prod Une agence de création et de promotion de contenus pour les besoins en communication des institution

[...]"Amahoro mu mitima yanyu,  mu ngo zanyu. Ayo mahoro tunyotewe twese tugiye kuyaharanira twivuye inyuma...", S.E Mel...
21/10/2023

[...]"Amahoro mu mitima yanyu, mu ngo zanyu. Ayo mahoro tunyotewe twese tugiye kuyaharanira twivuye inyuma...", S.E Melchior


[....Muri kino gihugu, umurimyi n'umworozi birigwa barapfa amatongokandi na yo yarabaye mata mato ; dutegerezwa rero kub...
13/10/2023

[....Muri kino gihugu, umurimyi n'umworozi birigwa barapfa amatongo
kandi na yo yarabaye mata mato ; dutegerezwa rero kubamenyereza gukorera hamwe, kuvyura agatima ko gusangira ikivi n'ugufashanya...
Hanyuma, kirazira kwibagira uwo mugwi w'abantu baro baro bariko
barisununura, ni imahara, baracarimwo abakiri baro, bazima kandi b'abakozi. Tutari kumwe nabo, twoba dusa n'umubiri utagira amagufa, nibo ncabwenge z'ejo, ni bo bazogirira akamaro igihugu nibemera kucigorera ku musi ku musi, barangwa n'ukwigenza runtu n'ubwenge bwo kwiyumvira na ntaryo ico bakora.]

_______________________________
Tubisoma mu gitabu : "Amajambo n'ivyanditswe dukesha Rudoviko Rwagasore yarwaniye Ukwikukira kw'Uburundi " , k'urupapapuro 113

📌Philippe Ndikunkiko  alias Fusée, jusque-là le plus anciens des  Footballeurs  -ais vient de quitter ce monde.✍️Inconte...
30/08/2023

📌Philippe Ndikunkiko alias Fusée, jusque-là le plus anciens des Footballeurs -ais vient de quitter ce monde.

✍️Incontestablement l´aîné des légendes du football burundais, qui était encore en vie, vient de s'éteindre à 78 ans, Philippe Ndikunkiko alias Fusée a fait les beaux jours de Burundi Sport Dynamik des années 1970.

💥Doté d´une frappe terrible de la gauche il faisait mouche avec ses tirs fracassants. Aux côtés de M.Nayabagabo, P.Bitariho et son jeune frère Dodo, Amrani Bucucu, Luanganyisha, le canonnier Munyololo Mortier, Marthus et le portier Yussuf, BSD avait fière allure.

✍🏽 Pour plus de détails suivez ce lien.

https://twitter.com/AkadirishaProd/status/1574315856103964673?t=BFVuweMvadbvmAMyIV43EA&s=19

Akadirisha Prod présente ses condoléances à la famille éprouvée.

"Tu avais un livre à écrire Une autre partie de toi à faire exister,Tu t'es ôté de cette image d'exclavage, et te voici ...
01/07/2023

"Tu avais un livre à écrire
Une autre partie de toi à faire exister,
Tu t'es ôté de cette image d'exclavage,
et te voici à ton 61 ème anniversaire d' "

"Tugutuye amaboko, umutima n'ubuzima" cher pays de lait et de miel

30/06/2023

🥳 Kirikou A Kili niwe agomba atangurane n'ikiganiro gishasha

🔥 Mbega basomyi agomba atuyagire iki 😋 reka turindire umunsi wejo turabe 🔥

📸 Akadirisha Prod

24/06/2023
24/06/2023
24/06/2023
02/05/2023
02/05/2023

🎧🎼 Umwana akiri muto ariko akora ibintu bitangaza benshi mu muziki

😎 Nawe si uwundi ni theecember azoduteramisha ku munsi wejo muri

🕔 Isaha ni ya yindi nyene (17h) ntutangwe

🎬🎞️🎥: Akadirisha Prod

Address

#1/Avenue De La Revolution
Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 08:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 17:00
Friday 08:00 - 17:00
Saturday 08:00 - 17:00

Telephone

+25722280250

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Akadirisha Prod posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Akadirisha Prod:

Share