Samuel gama +257

Samuel gama +257 Toujour courage et travaille

14/02/2026

Mwububuzima ntugacike intege

14/02/2026

Uwugakeneye abwire mur commentaire karagurishwa

Abeshi mumuheruka kera iburinga uyuniwamusore wanyu iburinga,muntume intasho kubamuzi ziramushikira
08/02/2026

Abeshi mumuheruka kera iburinga uyuniwamusore wanyu iburinga,muntume intasho kubamuzi ziramushikira

12/09/2025
08/12/2023
  yahoze ari umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi yaciriwe umunyororo wo gupfungwa ubuzima bwiwe bwose. Désiré U...
08/12/2023

yahoze ari umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi yaciriwe umunyororo wo gupfungwa ubuzima bwiwe bwose. Désiré Uwamahoro yahoze arongoye igipolisi kigwanya imigumuko yaciriwe imyaka 15. Uretse umupolisi umwe w’umushoferi yambitswe izera, abandi bane baciriwe igihano kiri hagati y’imyaka iva kuri itatu gushika kuri 15.

Hose harera ! Aho ni mu bibanza vyahoze bidandarizwamwo ivyamwa mu gisagara hagati hafi y’ahahoze isoko nkuru ya  . Twov...
24/11/2023

Hose harera ! Aho ni mu bibanza vyahoze bidandarizwamwo ivyamwa mu gisagara hagati hafi y’ahahoze isoko nkuru ya . Twovuga nk’ikibanza kiri iruhande y’ishirahamwe ryo gutumatumanako , iruhande ya Posita n’iruhande y’igituro c’ama bus aja mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura.

Aho hose twahaciye dusanga imodoka itwara ubucafu ni yo iriko irakura ubucafu aho bahora badandariza. Hari n’imodoka irimwo abakozi ba yagenda iributsa ko kuva kuri uwu wa 24 Munyonyo bibujijwe kudandariza muri ivyo bibanza.

Yamara hari abadandaza bafise ibibanza vyemewe n’amategeko biri hafi y’aho bavuga ko baguye mu mporero kandi ingingo itabaraba. Uwudandariza ku kibanza gifatanye n’aho bita kuri atashimye kwivuga izina arabitwiganira : « Batubujije gushira ibidandazwa ku mpome kugira abakiriya babibone. Kandi twebwe ibibanza vyacu biri mu mategeko turafise n’amasezerano yanditse »

🚨🚨 Kuruyu wakabiri , Mw'ishamba cimeza rya   hafashwe Ibiro 242 vy'urumogi bitekeye mu mifuko 8 🤷🏾‍♂️👇🏾 Urwo rumogi rwaf...
23/11/2023

🚨🚨 Kuruyu wakabiri , Mw'ishamba cimeza rya hafashwe Ibiro 242 vy'urumogi bitekeye mu mifuko 8 🤷🏾‍♂️👇🏾

Urwo rumogi rwafatanywe umugabo wo mu gisagara ca Kayanza azwi kw'izina rya Emmanuel Ngendarukiriyo wo mu gisagara ca Kayanza ku mutumba aho vyari bipakiwe n'imodoka yo mu bwoko bwa probox yanyongwa n'uwitwa Irakoze Samuel.

✍️ Nyene urwo rumogi avuga ko yarukuye muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Kongo, ko rwari rujanywe mu gisagara ca Kayanza aho ngo aca arugurisha ku banyarwanda. Akamenyesha ko yari yaruranguye imiriyoni zitatu n'ibihumbi amajana atanu(3.500.000)y'amafaranga y'amarundi.

👉 Lieutenant Colonel de Police Pascal Nshimirimana, arongoye igiporisi mu ntara ya Kayanza , ahamagarira abagikora urudandazwa rutemewe n'amategeko kuvavanura narwo kuko ngo atagahengwe bazigera baronka.

🙅🏾‍♂️ Imiyabaga itatu iri mu minwe y’inyamiramabi mu   yagirizwa gufata ku nguvu umwigeme, ikongera igakora videwo y'ico...
23/11/2023

🙅🏾‍♂️ Imiyabaga itatu iri mu minwe y’inyamiramabi mu yagirizwa gufata ku nguvu umwigeme, ikongera igakora videwo y'ico caha
--------------------------------------------
📌 Vyabaye kuruyu wa 22/11/2023 ku mutumba mu gisagara ca Rumonge, aho umwigeme w’imyaka 18 yafashwe ku nguvu n’imisore itatu, umwe muri bo afise imyaka 15, abandi babiri bose bafise imyaka 18.

💔 Amakuru atangwa n’igiporisi mu ntara ya Rumonge avuga ko abo bahungu bifashe amasanamu igihe bariko barakora ico caha, na terefone bakoresheje ikaba yarafashwe n’inyamiramabi.
Kuva mu gitondo co kur'uyu wa kane itariki 23/11/2023, abo bagirizwa icaha bari mu minwe y'igipolisi bakaba bariko barakorerwa dosiye kugira ngo bashikanwe imbere y’ubutungane mu maguru masha. Uwo mwigeme yakorewe vya mfurambi nawe ari mu bitaro kuva ejo, aho ariko aravurirwa yongera akingirwa ingwara

‼️ Abajejwe intwaro mu gisagara ca Rumonge baratera ivyatsi ako kabi kabishe, bagasaba ko "abaraye bafashwe bohanwa n’ubutungane hisunzwe amategeko vy'akarorero, kugira bibere icirwa n'abandi"

🎙️ Uri nk'umuvyeyi w'uyo mwana yafashwe ku nguvu vy'agashinyaguro, wosabira igihano icahe iyo miyabaga ?

Basabwa kuba bakinjuye mu masaha 24!---Ubuyobozi bw’igisagara ca   bwategetse abantu bose badandariza mu kibanza gikikuj...
23/11/2023

Basabwa kuba bakinjuye mu masaha 24!
---
Ubuyobozi bw’igisagara ca bwategetse abantu bose badandariza mu kibanza gikikuje ahahora isoko rikuru rya Bujumbura (komine Mukaza) kuba hahavuye bitarenze kuri uwu wa gatanu. Mw’itangazo bwashize ahabona, bumenyesha ko iyo ngingo ifashwe ku mvo z’umutekano n’izo kugarukira isuku.

Address

Buringa
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Samuel gama +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share