Bujumbura Park Station

Bujumbura Park Station Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bujumbura Park Station, Nonprofit Organization, Bujumbura, commune NTAHANGWA, en face du rond-point des Nations Unies a KIGOBE, Bujumbura.

Bujumbura Park Station offre des services de parking sécurité, services pneumatiques, lavage des automobiles de toutes sortes, système d'aspirateur des voitures et autres services connexes

08/10/2025

: Ikibazo co kubura aho uraza imodoka nini catoye inyishu.
Kurikirana uko Bujumbura Park Station yatje gutorera inyishu ico kibazo

 : Bujumbura Park Station ibafitiye parking nini.Kuri bamwe mufise imodoka nini zahora zirara mu mabarabara mu gisagara ...
03/10/2025

: Bujumbura Park Station ibafitiye parking nini.

Kuri bamwe mufise imodoka nini zahora zirara mu mabarabara mu gisagara ca kubera kubura aho muziraza, inyishu yabonets.

Hari kandi aho bogereza imodokari kubuhinga bwanone kandi hakingiwe.

Kuri bamwe muva i Dar Salam mugashika mubura aho mubika imodoka hizewe, egera .

Iri mu Ngagara , ikaritiye y'10 mu nyubakwa za .

30/09/2025

Address

Bujumbura, Commune NTAHANGWA, En Face Du Rond-point Des Nations Unies A KIGOBE
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bujumbura Park Station posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share