Association Culturelle Umuvumero w'Inyambo

Association Culturelle Umuvumero w'Inyambo Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Association Culturelle Umuvumero w'Inyambo, Nonprofit Organization, Kanyosha, Avenue de la victoire n°64, Bujumbura.

21/03/2025
Ewe BURUNDI Tuzokwama tugutera iteka
21/03/2025

Ewe BURUNDI Tuzokwama tugutera iteka

Vyari bihimbaye kwibonera UMUGWI NDANGAKARANGA UMUVUMERO W'INYAMBO Uri mubirori vyo gusohora umuvukanyi wabo akaba n'umu...
03/12/2024

Vyari bihimbaye kwibonera UMUGWI NDANGAKARANGA UMUVUMERO W'INYAMBO Uri mubirori vyo gusohora umuvukanyi wabo akaba n'umuyobozi WAWO.

ITEKA mumuvumero W'INYAMBO

IMPUNDU IMPUNDU,, KUMUGWI NDANGAKARANGA UMUVUMERO W'INYAMBO WARAYE USOHOYE KIZIGENZA WAWO YANKUNDIYE OLIVIER.Ubu akaba a...
28/11/2024

IMPUNDU IMPUNDU,,

KUMUGWI NDANGAKARANGA UMUVUMERO W'INYAMBO

WARAYE USOHOYE KIZIGENZA WAWO YANKUNDIYE OLIVIER.

Ubu akaba ari serugo.

ITEKA mubawe no muvyawe.
Ugire Aho uba wubahwe.

Natwe twaraye twisakaye urugori rw'iteka.

Imigisha myinshi cane!!!!
Muze mube amakara ntimuze mube urubeya

Muvyare murondoke mugwire, mugire ivyona n'ivyonona. Muvyare hungu Na kobwa.

12/09/2024
12/09/2024




YA VIDÉO YANYU MWARI MUMAZE IMINSI MUDUSABA
NGIYO ......

VUBA KARASH*TSEEE!!!!!

!!!!!!!!!!!!

'

Address

Kanyosha, Avenue De La Victoire N°64
Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 18:30
Tuesday 09:00 - 18:30
Wednesday 09:00 - 18:30
Thursday 09:00 - 18:30
Friday 09:00 - 18:30
Saturday 09:00 - 18:30
Sunday 09:00 - 18:30

Telephone

+25768512661

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Association Culturelle Umuvumero w'Inyambo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share