Menya Media

Menya Media Dès sa création en 2001, Menya Média utilise la musique, la radio et le cinéma- œuvres d’artistes loc

17/06/2026

AKANDI KARYO Worship Concert Tour 2026 i Bujumbura na Pastor Lopez Nininahazwe

Umviriza ivyavugiwe mukiganiro catanzwe kubanditsi n’abamenyeshamakuru kubijanye n’igiteramo kigiye kubera kuri Scheppers igenekerezo rya 05/07/2026


Umutwenzi Festival 30-06-2026—————————————————-Ntibikiri ibanga vyamaze kumenyekana ngaba abagiye kwitabirira igiteramo ...
17/06/2026

Umutwenzi Festival 30-06-2026
—————————————————-

Ntibikiri ibanga vyamaze kumenyekana ngaba abagiye kwitabirira igiteramo ciswe “UMUTWENZI FESTIVAL” kucivugo kivuga giti “TUNAONDOKASASA”

Nkuko mubibona kuriyo Cover igiteramo kigiye kwitabirwa n’abantu barenga 30 harimwo Abaririmvyi,abatwenza aborosha ibirori hamwe n’abavangavanga imiziki?

Mukunzi w’umuziki w’uburundi ugiye gusiba muriki giteramo?twese tuzohurira kuri ETS Kamenge igenekerezo rya 30/6/2026



Meeting hagati ya Team   n'abaririmvyi yabaye kuri uyu wambere kw'igenekerezo rya 15/06/2026Abaririmvyi bose bitavye iyo...
16/06/2026

Meeting hagati ya Team n'abaririmvyi yabaye kuri uyu wambere kw'igenekerezo rya 15/06/2026

Abaririmvyi bose bitavye iyo nama basubiye gushimagiza iciyumviro c'iki giteramo hamwe nabazanye ico ciyumviro kandi berekanye ko biteguye neza mukwitanga kugira Umutwenzi Festival ibe event itazokwibagiranwa.

Bose bafise Energy hamwe na motivation,kandi gahunda zose ziriko ziratunganywa neza cane 💯

30 Ruheshi ni date yo kutabura! Tuzohurira hamwe mu kirori c'umuziki, umunezero n'urukundo. ❤️

Umutwenzi Festival ntabwo ari igiteramo gusa, ni ubuzima n'umuziki ni histoire.



📆Umurwi Phenix Band uhejeje gutanga ikiganiro kubanditsi n’abamenyeshamakuru aho wariko ushira kumugaragaro igikorwa bag...
09/06/2026

📆Umurwi Phenix Band uhejeje gutanga ikiganiro kubanditsi n’abamenyeshamakuru aho wariko ushira kumugaragaro igikorwa bagiye gukorera kuri munyakabiga igenekerezo rya 5 Mukakaro 2026

✍️uwurongoye umurwi AKITERETSE yamenyesheje ko icogiteramo azoba ari umusi mukuru w’isabukuru ry’umwaka umwe uwo murwi ubayeho nokwerekana kumugaragaro abagize umurwi Phenix Band

📌yongeye kandi kumenyesha ko hazoba ama surprise menshi murico giteramo aho hazoba hariho uwundi murwi uvuza umuziki w’ikibiriraho ndetse bazotumira n’umuririmvyi agezweho kuza kwifatanya nabo murico giteramo kandi ko kwinjira azoba ari kubuntu

📍Dr Eric BIGIRIMANA Nyenikibanza yashikirije ko umurwi Phenix Band awuha ibice 99 kwi 100 kukuntu basanzwe bakora akazi kabo yongera amenyesha ko biteguye kwakira abantu kuruwo musi kuko vyose bihari muri BIGILAND



09/06/2026

Umviriza uwurongoye umurwi Phenix Band Eduin AKITERETSE aho yashikirije kugikorwa bagiye gukorera kuri BIGILAND Munyakabiga igenekerezo rya 5 Mukakaro 2026



Kuza Women's Voice 2026 ——————————————-La Finale de Kuza Women’s Voice 2026Offre aux jeunes femmes un espace pour oser, ...
01/06/2026

Kuza Women's Voice 2026
——————————————-

La Finale de Kuza Women’s Voice 2026
Offre aux jeunes femmes un espace pour oser, s'exprimer et révéler leur talent.

👏 🏆 🔖Félicitations aux gagnantes :
Fidélité Muhimpundu Ciza qui a décroché la première place et Khélia Riziki, la deuxième.
Kuza Muzik a félicité aussi toutes les finalistes qui ont marqué cette édition par leur courage, leur passion et leur voix.

Félicitations aussi à Kuza Muzik qui a organise cette Compétition.

ECOBANK vous accompagne vers une épargne plus simple et plus intelligente avec le compte SAYS Chaque paiement du quotidi...
29/05/2026

ECOBANK vous accompagne vers une épargne plus simple et plus intelligente avec le compte SAYS

Chaque paiement du quotidien peut devenir une opportunité d’épargner sans effort.

Que ce soit pendant vos courses, vos déplacements ou vos moments de détente, votre épargne se construit progressivement et discrètement.

Avec le compte SAYS d'ECOBANK:
✅ Épargnez automatiquement
✅ Préparez vos projets d’avenir
✅ Faites grandir votre argent au quotidien

Choisir SAYS, c’est faire le choix d’une gestion financière simple, pratique et adaptée à votre rythme de vie.


Address

Quartier Asiatique, Avenue Du Lac 7
Bujumbura
1703

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:30
Tuesday 08:00 - 17:30
Wednesday 08:00 - 17:30
Thursday 08:00 - 17:30
Friday 08:00 - 15:00
Saturday 08:00 - 14:00

Telephone

+25767773000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Menya Media:

Shortcuts

Share