24/08/2022
Ibanga ry'Umugisha wawe,rihagaze Ku rugero rwogutanga kwawe.Nimba # gutanga(guha) bikugora cane,Niko bizokugro kubona # umugisha mu vyawe ariko nimba vyahindutse # ingeso mu yawe niko uzokwama ubona wahindutse mu buzima bwawe/mu rugo rwawe.
: Ivyakozwe n'Intumwa 20 : 35e.....ati kuzana kuruta .