Burundi Mission Alliance

Burundi Mission Alliance Fast go alone, Far go together

Burundi School of Mission, 3rd Cohort students
27/02/2026

Burundi School of Mission, 3rd Cohort students

Imigenderanire ni nkoramutima muvyo kwubaka ikibano c'abizera. umugwi wose ugomba gukomera, ukwiye kwitondera ibikomeza ...
15/05/2024

Imigenderanire ni nkoramutima muvyo kwubaka ikibano c'abizera. umugwi wose ugomba gukomera, ukwiye kwitondera ibikomeza imigenderanire hagati y'abawugize hanyuma kandi ugakoresha uburyo budasaba utwigoro twinshi canke ikiguzi kinini , ahubwo ugafatira kuri ndemanwa y'abagize umugwi.

Udukino tworoshe bivanye n'imyaka y'abagize umugwi turafasha cane😃😃

Abari kuri iyo foto n'abagize 1er promotion y' ishure ritegura abajanabutumwa (Burundi school of Mission, BSOM) bariko barakina.

01/03/2024

L’Église est le principal vĂ©hicule de Dieu pour manifester la nature du royaume de Dieu Ă  tous les peuples, quelle que soit leur gĂ©nĂ©ration et leur culture. C’est une entitĂ© spirituelle conçue par le PĂšre (ÉphĂ©siens 1 :3-6), construite par Christ (Matthieu 16 :18) et habitĂ©e par le Saint-Esprit (ÉphĂ©siens 2 :19-22)

31/01/2024
31/01/2024

 La vie du disciple est la vie d’un apprenant. Nous sommes constamment accordez nos oreilles aux paroles de notre MaĂźtre. Comme il nous enseigne par sa Parole, il nous transforme et nous envoie dans le monde. Si vous ne l'avez pas encore fait, envisagez un plan pour lire, mĂ©moriser et apprendre la Parole de Dieu, mais n’oubliez pas que les disciples faites ces choses non pas pour l’information, mais pour la transformation. Notre but en tant que disciples n’est jamais seulement de croire la Parole de Dieu ; notre but est d’obĂ©ir Ă  la Parole de Dieu. Donc, alors que vous prĂ©voyez de remplir votre esprit de vĂ©ritĂ©, viser Ă  suivre Celui qui est la VĂ©ritĂ©

Abajanabutumwa n'abantu basanzwe, barajwe ishinga no gush*tsa itegeko rikuru ry Umwami Yesu. Bafata Bibiliya nk'igitabu ...
20/09/2023

Abajanabutumwa n'abantu basanzwe, barajwe ishinga no gush*tsa itegeko rikuru ry Umwami Yesu. Bafata Bibiliya nk'igitabu kivuga inkuru imwe y'Imana mw'ijanabutumwa ryayo, bakemera ikibanza ibaha muri iryo janabutumwa.

Address

SU House, Avenue De La France 02, Zone Rohero, Mukaza, Bujumbura-Burundi
Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 16:00
Tuesday 08:00 - 16:30
Wednesday 08:00 - 16:00
Thursday 08:00 - 16:30
Friday 08:00 - 17:30

Telephone

+25776940657

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundi Mission Alliance posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share