AKIRA YESU

AKIRA YESU Amen

Amen
12/05/2026

Amen

07/05/2026

Uyu musi urumva imburi ugatuka uwubikibwiye , ariko hariho igihe uzokwicuza

Mu guhindukira no mu gutekana niho muzokirira. Mu gutekereza no mu vyizigiro niho muzohererwa inkomezi , ikibabaje rero ...
05/05/2026

Mu guhindukira no mu gutekana niho muzokirira. Mu gutekereza no mu vyizigiro niho muzohererwa inkomezi , ikibabaje rero nimwabikunze. None ko mwavyase muzokurahehe inkomezi hoho muzokira gute? ko Aho gukirira mwahase ko Aho gukura inkomezi mwahateye ibitugu.

04/05/2026

Tubwire wa mwigemewe , kuberiki wambara impuzu zerekana uko waremwe? Ni ubwahe butumwa uba ushatse kuduha? Tubwire intumbero

Ababikora babimenye bazobona ibara. Wirirwa urarenganya mugenzawe kuko ubishoboye. Uri muburiri utegura kunyuruza agaton...
04/05/2026

Ababikora babimenye bazobona ibara. Wirirwa urarenganya mugenzawe kuko ubishoboye. Uri muburiri utegura kunyuruza agatongo k'umurushwa, muri turaguhanura uhinduke ubireke , ni utabireka uzobona ibara.

30/04/2026
Soma Yeremiya 28:1 ubandanye, urabona umuvugisha yitwa Hananiya yavugishijwe ibinyoma mw'izina ry'Uhoraho, Uhoraho aca a...
30/04/2026

Soma Yeremiya 28:1 ubandanye, urabona umuvugisha yitwa Hananiya yavugishijwe ibinyoma mw'izina ry'Uhoraho, Uhoraho aca aramuhana. Muri iki gihe abameze nka Hananiya baruzuye baguma bavuga ibinyoma "ngo nd'Uhoraho" atariwe yabatumye bakabona ntakibaye bakibaza ngo biraheze ariko muzohanwa kuko muvuga ibinyoma mw'izina ry'Uhoraho.

Umu Kristo wese akwiye kugera kuri uru rugezo. Natwe muri  -YESU turabifurije kugera aha.
24/04/2026

Umu Kristo wese akwiye kugera kuri uru rugezo. Natwe muri -YESU turabifurije kugera aha.

Mugihe cawe uriko ukora gute? uriko ukora ivyo Uhoraho abona ko ari vyiza canke bibi?
23/04/2026

Mugihe cawe uriko ukora gute? uriko ukora ivyo Uhoraho abona ko ari vyiza canke bibi?

Abantu b'iki gihe ugutinya Imana kwaraheze muri bo.Naho wobabwira kwihana umengo uriko uridagira ntibakumviriza ubuho ba...
22/04/2026

Abantu b'iki gihe ugutinya Imana kwaraheze muri bo.Naho wobabwira kwihana umengo uriko uridagira ntibakumviriza ubuho bavuga ngo reka iterabwoba! Emwe bantu b'ubu mwoba nkab'i Ninewe ntakabuza mwokira uburake bw'Imana bwimirije.

Address

Bujumbura

Telephone

+25761733215

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AKIRA YESU posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to AKIRA YESU:

Share