WikiBurundi

WikiBurundi Official handle for Wikimedia Community User Group Burundi. We're a community of volunteers contributing for access to free knowledge on
and beyond

Umurisho w´ingoma z’Uburundi ukaba utari watanzwe munama ngaruka mwaka .conference iriko ibera mugisagara ca Nairobi mug...
06/08/2025

Umurisho w´ingoma z’Uburundi ukaba utari watanzwe munama ngaruka mwaka .conference iriko ibera mugisagara ca Nairobi mugihugu ca Kenya 🇰🇪

Wikimania 2025 iriko ibera mumuji Nairobi, mugihugu ca kenya, Wiki Burundi natwe twa serukiwe muriyo nama ngarukamwaka.
06/08/2025

Wikimania
2025 iriko ibera mumuji Nairobi, mugihugu ca kenya,
Wiki Burundi
natwe twa serukiwe muriyo nama ngarukamwaka.

 iragarutse kandi mu Burundi🥳🥳,Woba urumuphotographe, urumu wikimedien, uri umwanditsi? Woba ushaka kumenya kuba umu wik...
30/07/2025

iragarutse kandi mu Burundi🥳🥳,

Woba urumuphotographe, urumu wikimedien, uri umwanditsi? Woba ushaka kumenya kuba umu wikimedien ico bisaba? Womba uri umurundi canke umukunzi w’uburundi, uba mu Burundi canke hanze yu Burundi? Ifasikanye nabakorerabushake ba mukumenyekanisha ivyiza vy’Uburundi biciye mumasanamu asukuye.

Inyuma yo kwugururira ihiganwa Africa Wikichallenge 2025 i Gitega dufadikanije na  aba wikimediens babarundi bariko bite...
29/07/2025

Inyuma yo kwugururira ihiganwa Africa Wikichallenge 2025 i Gitega dufadikanije na aba wikimediens babarundi bariko bitegurira kurangiza iryohiganwa, ngo bongere batangure irindi. Wibazako iryo rindi ari irihe?

Dusangize aho hepfo muma commentaires

Great News 🥳🥳We are happy to announce that we have officially received affiliation with the Wikimedia Foundation! This i...
16/03/2025

Great News 🥳🥳
We are happy to announce that we have officially received affiliation with the Wikimedia Foundation! This is a huge milestone for our group and a testament to the dedication and passion of our community.
WiWikimedia FoundationoMovement Strategy in Africa Great LakesiWikimedia Community User Group Rwanda

Ntimuze mutangwe kuza kwifadikanya natwe ejo
27/02/2025

Ntimuze mutangwe kuza kwifadikanya natwe ejo

Le Mouvement Stratégique en Afrique des Grands Lacs organise un webinaire sur le leadership ce vendredi 28 février 2025 à 18h UTC+2. Une occasion unique d’échanger et de renforcer nos capacités pour un mouvement Wikimedia plus inclusif et dynamique.

Turabifurije Noël nziza n'umwaka mushasha  mwiza wa 2025, uzobabere uw'amata n'ubuki, uzubabere umwaka w'umwimbu mwinshi...
24/12/2024

Turabifurije Noël nziza n'umwaka mushasha mwiza wa 2025, uzobabere uw'amata n'ubuki, uzubabere umwaka w'umwimbu mwinshi, amagara meza no kuroranirwa muvyanyu no mubanyu

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when WikiBurundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to WikiBurundi:

Share