Let's Learn English with Theos

Let's Learn English with Theos Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Let's Learn English with Theos, Nonprofit Organization, RN7, Bujumbura.

08/06/2026
08/05/2026

Morning to everyone in here

12/04/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโŒโŒStop Saying โ€œVeryโ€Hagarika gukoresha akajambo " Very"

1. Very tired โ†’ Exhausted
2. Very hungry โ†’ Starving
3. Very big โ†’ Huge
4. Very small โ†’ Tiny
5. Very happy โ†’ Delighted
6. Very sad โ†’ Depressed
7. Very good โ†’ Excellent
8. Very bad โ†’ Terrible
9. Very cold โ†’ Freezing
10. Very hot โ†’ Boiling
11. Very fast โ†’ Rapid
12. Very slow โ†’ Sluggish
13. Very clean โ†’ Spotless
14. Very dirty โ†’ Filthy
15. Very beautiful โ†’ Gorgeous
16. Very ugly โ†’ Hideous
17. Very smart โ†’ Brilliant
18. Very angry โ†’ Furious
19. Very scared โ†’ Terrified
20. Very funny โ†’ Hilarious

21/03/2026

Nizere yuko mucibuka gukoresha :

I HAVE BEEN + ING + FOR + IGIHE UMAZE URIKO URAKORA IKINTU KANAKA ?

Burya urazi ko harya wize umwana witwa Present perfect Continuous?

Ubu naho ugomba kuvuga ijambo ngo :

HACIYE AMEZI | IMYAKA | INDWI ....... bivana ni igihe kiba kihaciye uba ushatse kuvuga, uvuga :

โ— IT HAS BEEN........ [ Haciye....... ]

Aho mu tuburungu uca ushirayo igihe ugomba kuvuga ko kihaciye.

Examples

1. It has been 10 days :
๐Ÿ‘‰๐ŸปHaciye imisi 10

2. It has been some weeeks
๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye indwi nkazingahe

3. It has been 5 years
๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye imyaka 5

4. It has been a while
๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye igihe kirekire

5. It has been a coon's age
๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye imyaka nk'iy'igikona

Ubu mwabitahuye ?

Iyo naho ugomba kuvuga ko haciye igihe kanaka habaye ikintu ( ico kintu urumva ko ari muri kahise?) , rero uca ugira : IT HAS BEEN + SINCE + I, YOU... + VERB-ED (muri kahise)

Aha hantu mutahatahuye mumbaze, siko? Ariko reka ndabahe uturorero

Examples

1. It has been 6 years since H.E Evariste Ndayishimiye ruled Burundi.

๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye imyaka 6 kuva Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye atanguye gutwara uburundi

2. It has been 11 years since I taught English

๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye imyaka 11 kuva ntanguye kwigisha icongereza

3. It has been millions of years since the Earth was created

๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haciye amamiriyoni y'imyaka kuva isi iremwe

4. It has been some days since they divorced

๐Ÿ‘‰๐Ÿป Haraciye imisi nk'ingahe kuva bahukanye

5. Fata ikaye wihe uturorero nka 5 urabeko kino cigwa wagitahuye

๐Ÿ“ Copied from coroshe

Address

RN7
Bujumbura

Telephone

+25769548820

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Let's Learn English with Theos posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Let's Learn English with Theos:

Shortcuts

Share