26/07/2026
Shalom Ivugabutumwa bamaso yesu araje ryashimye gutanga impanuro kubantu bariko bakwiragiza amajambo kugikorane ca kanguka giherutse kubera kuri Ets kamenge
Abavugako Kris ndikumana arumukozi wa shetani bibonekako bamugiriye ishari kubera ko ivyo bamwagiriza ntibifise ifatiro
Icambere bamwagiriza ngo nuko yambara amashati rwatigera yambara costime abama mumakoti usanga bahemukiye bagenzibabo Kandi barabakozi b'Imana
Kandi uguca bugufi kwa Kris ntibituma acayitwa umukozi wa shetani Kandi igihe kizoza aho ibisobanye bisobanuka
Abasenga musenge mureke guca imanza umucamanza arikurigi ni yesu wenyene
Kandi nawe akoze igitangaza bamubwiyeko arimwo umukuru wabadayimoni ntibigeze bizerako yaturutse kumana
Murakoze cane yesu numwami wabami.