Mpano Family

Mpano Family Imigani 22:6

Menyereza umwana inzira akwiriye kunyuramo, Azarinda asaza atarayivamo.

12/07/2026

Umvir' ijwi rya Yesu,
Ni we Mukiza wawe ;
Umv' arakubaz' ati
Munyavyah' urankunda?

Yesu birambabaje
Ko ngukund' urukundo
Ruke ruri mu nyuma
Y'urwo rukundo rwawe.

Ariko ndagukunda;
Naho bidashimitse:
Umpe kurushiriza
Kugukunda, Mukiza.

Indirimbo zo guhimbaza Imana 158:1,6, 7

08/07/2026

Abacira umugani wo kubigisha ko bakwiye guhora basenga, ntibarambirwe,
Luka 18:1

07/07/2026
23/06/2026

Kandi Yesu agwiza ubgenge no gukura no gushimwa n'Imana n'abantu.
Luka 2:52

Abamwumvise bose batangazwa n'ubgenge bgiwe n'ivy' abishura.
Luka 2:47

Kand' uno mwana arakura, agwiza inkomezi, yuzuzwa ubgenge, ubuntu bg'Imana bgari kuri we.
Luka 2:40

16/06/2026

Ndihano Mwami wanje Mana yanje🙌🙌🙌

Yesu arabishura, at' Igituma muzimira mbega s'uko mutamenye ivyanditswe cank' ubushobozi bg'Imana? Mariko 12:24
13/06/2026

Yesu arabishura, at' Igituma muzimira mbega s'uko mutamenye ivyanditswe cank' ubushobozi bg'Imana?
Mariko 12:24

08/06/2026

[11]“Yewe urengana, ugahungabanywa n'inkubi y'umuyaga ntuhumurizwe, amabuye yawe nzayateraho amabara meza, imfatiro zawe nzazishingisha safiro.

[12]Iminara yawe nzayubakisha amabuye abengerana, kandi urugabano rwawe nzarushingisha amabuye anezeza.

Yesaya 54:11-12

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mpano Family posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Mpano Family:

Shortcuts

Share