Voix Du Peuple

Voix Du Peuple La tribune du peuple pour la vérité, la justice et contre la manipulation.

  Umukuru w’igihugu c’uburundi  akongera akaba umukuru w’ubumwe bwa Africa arafashe rutemikirere yerekeza muri Congo Bra...
15/08/2026



Umukuru w’igihugu c’uburundi akongera akaba umukuru w’ubumwe bwa Africa arafashe rutemikirere yerekeza muri Congo Brazzaville.

Urugendo rwiza Ntare batinya muri Afrika

Mbega ko hari abajana nyabahururu iyo bari gusuzugura Ingabo zacu, muribazako izi ndaberetse hano zash*tse mugisoda zing...
15/08/2026

Mbega ko hari abajana nyabahururu iyo bari gusuzugura Ingabo zacu, muribazako izi ndaberetse hano zash*tse mugisoda zingana uku?

Mbe hoho Ubaye umusoda canke Police kuvyibuha ni Itegeko? Ntaba civiles bafungura neza ariko batigera bavyibuha? Wewe kufungura neza ntawudafungura nkawe agusumvya umubiri?

Izinyankaburundi zipfa ivyo zanditse kuko zarabonyeko benshi mworoshe guhenda.

Mbega ko Izi Ngabo bariko barazigaya ubwo bazigaraguye? Canke ni inzigo kuko baguma bavuga nabi Igisirikare c’uburundi a...
14/08/2026

Mbega ko Izi Ngabo bariko barazigaya ubwo bazigaraguye?
Canke ni inzigo kuko baguma bavuga nabi Igisirikare c’uburundi ariko tukaguma tugihurumbira?

Mbega ko baguma bazisuzugura: Eee mama zirashonje, nibutwana, ntankoho zoshobora gutarika, Huuuuuwa !!!!!kuberiki batazisomborotsa ????
Siko baziko zobamira imiyonzwa?

Hariho izo basuzugiye ukonyene 2023, zaje itariki 1 y’ukwidwi ari Force Spécial . Baguye mukabido ntibaciye bavugako ari abakongomani ? 😀😀

Ntibazobahenda gato karakura, kandi nazirya zibika zari amagi. Cndd-Fdd ikiri mwishamba ho harimwo naba




Ikibazo kimwe kandi Munyishure : Twama twababwiyeko ababantu bandika ibitagenda neza ku Burundi ari basesa nkuyoze gusa,...
13/08/2026

Ikibazo kimwe kandi Munyishure : Twama twababwiyeko ababantu bandika ibitagenda neza ku Burundi ari basesa nkuyoze gusa, ko ivyo bavuga ari ububeshi, mukadutuka mukatwambika ibara.

Ibibisasu yaraye avuze mukugumura abarundi vyari vyo?

Mbega abobagwanyi baraye bafashe Ubutaka bungahe bw’Uburundi ?

Umukuru w'igihugu c'U   Nyenicubahiro  , yaraye yuguruye icese amabombo rusangi y'amazi meza 180 yakozwe mw'itenga na Ru...
13/08/2026

Umukuru w'igihugu c'U Nyenicubahiro
, yaraye yuguruye icese amabombo rusangi y'amazi meza 180 yakozwe mw'itenga na Rubirizi mu ntara ya ariko za nyankaburundi zizoguma zibweja zivugako atabikorwa vyiza ariko arakora.

Iminoho gusaaaaa
Iminwa miremireeeee



Urwaruka rufise Imigambi 3 muri 10 ikomeye rwaraye ruhawe ubushimwe n’umukuru w’igihugu c’uburundi akongera akaba umukur...
13/08/2026

Urwaruka rufise Imigambi 3 muri 10 ikomeye rwaraye ruhawe ubushimwe n’umukuru w’igihugu c’uburundi akongera akaba umukuru w’ubumwe bwa Africa,Nyenicubahiro .

Turabakenje , abaguma bagosora ingohe ngaha kuri Facebook bacafuza izina rya Président Neva abandi mubashigikira muma Commentaires nimubandanye ariko ntaho bizoshika kuko Ibikorwa vyiwe vyiza biguma bimwandikira Izina.

Twibukeko umugambi Washinzwe na kugirango haboneke ahantu higaragariza impano z’abarundi bafise indoto z’ibisazi hanyuma abafashe.

Uwa Mbere: Kumutahe w’intango yahawe na PAEEJ , yaraye ahawe imiriyoni 20 z’amafaranga y’amarundi kuko yakoze umuyagankuba akongera akawusangiza imiryango irenga 100 yo mukarere avukamwo.

Uwa kabiri: Umugwi ndagakaranga baronse imiriyonib15 z’amafaranga y’amarundi kuko bariko bakora ibidasanzwe mugukomeza akaranga kacu.

Uwa Gatatu: , inyuma yokwumva Nyenicubahiro atumirira abarundi kworora inkwavu abemezako ataho bazobura bazishora naho zoba nyinshi, we yaciye avuga ati : Reka ngire umugambi wo guhingura amaganga y’inkwavu kuko avamwo Ifumbire k**a hanyuma abazozitunga bazozivyaze umusaruro munyama, amase hamwe n’amaganga yazo. Uwo nawe yaronse imiriyoni 10 z’amafaranga y’amarundi.

ntahengeshanya kwerekanako ari Umujama w’Urwaruka.

Andika muri Commentaires

🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Le rideau est tombé sur la 5ᵉ édition du Dialogue continental à  , mais le message porté durant ces trois jours reste pl...
12/08/2026

Le rideau est tombé sur la 5ᵉ édition du Dialogue continental à , mais le message porté durant ces trois jours reste plus que jamais d’actualité : la jeunesse africaine n’est pas seulement l’avenir du continent, elle est déjà une force majeure de sa transformation.

De l’ouverture aux sessions thématiques, jusqu’à qui a mis à l’honneur les jeunes talents burundais, Bujumbura a été le cœur d’un dialogue consacré à la paix, au leadership inclusif et au développement.

Le a ainsi offert une plateforme où les idées, l’engagement et les initiatives de la jeunesse africaine ont été placés au centre. Une dynamique à consolider pour construire une Afrique plus stable, plus prospère et plus unie.

Turakeje   Sindayihebura aherutse kwizerwa n’umukuru w’igihugu c’uburundi mumabanga yo kuba Umuhanuzi wa mbere Mubuseruk...
12/08/2026

Turakeje Sindayihebura aherutse kwizerwa n’umukuru w’igihugu c’uburundi mumabanga yo kuba Umuhanuzi wa mbere Mubuserukizi bw’uburundi mubushinwa.

Ubuhizi n’ubutwari bwiwe mugutumatumanako amakuru hamwe n’ubuhanuzi agiye kubandanya abishira mungiro kunyungu z’igihugu c’uburundi na canecane mugukomeza imigenderanire myiza hafati yigihugu cacu n’igihugu c’ubushinwa.

12/08/2026

DIALOGUE CONTINENTAL 5ÈME ÉDITION
La première Dame du Burundi S.E
Partie 8

12/08/2026

DIALOGUE CONTINENTAL 5ÈME ÉDITION
La première Dame du Burundi S.E
Partie 7

Address

Nakuru
0000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Voix Du Peuple posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Voix Du Peuple:

Shortcuts

Share