Fagason

Call Contact the organization

Fagason Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fagason, .
(4)

Ntawogenda adashimye Wakoze mana🙏🙏
25/09/2026

Ntawogenda adashimye
Wakoze mana🙏🙏

Vyakomeye🔥 CNC ngo yahagaritse   ya B-face On The'flo ku masamirizi kubera ubutumwa bwayo!😭 Amakuru ariko aravugwa ntahu...
24/09/2026

Vyakomeye🔥 CNC ngo yahagaritse ya B-face On The'flo ku masamirizi kubera ubutumwa bwayo!😭

Amakuru ariko aravugwa ntahumuriza ku ndirimbo ya "Girukwishaka Boniface" azwi nka inyuma yo guturira ifoto ya Big Fizzo maze agakurikizako indirimbo yise nayo yavuze cane kuri nyene. Biriko bivugwa ko iyi ndirimbo itemerewe ku masamirizi, aya makuru yaturutse muri C.N.C nyene kuko hariho abakorera kuri radio baraye bahamagajwe.

Ubu tuvugana amasamirizi nayo kandi yahaye promotion iyi ndirimbo ashobora kutoroherwa kuko abarongozi bayo nabo bivugwa ko bamaze kwandikirwa ubutumwa buvuye mukigo CNC gisanzwe gicungera uko ibimenyeshamakuru bikora mu Burundi. Kandi hari n'abamaze guhamagazwa ngo bagire ico bashikirije kubera iyo ndirimbo nyene.

Abantu mwumvirije iyo ndirimbo ibi muvyakira gute!?

Umuririmvyi w'umurundi Big Fizzo yakwije umuriyoni wama vieus ku ndirimbo   mu kiringo c'iminsi cumi 🔥🔥🔥Ikaba ibaye indi...
24/09/2026

Umuririmvyi w'umurundi Big Fizzo yakwije umuriyoni wama vieus ku ndirimbo mu kiringo c'iminsi cumi 🔥🔥🔥
Ikaba ibaye indirimbo ya mbere kuva umuziki w'uburundi wakabaho iri mumudiho wa Hip Hop ikwije umuriyoni mu minsi mike

24/09/2026

Atassa🏃‍♂️😭 Muri 🇺🇬 umugore yataye arom9ka ubwoba buramutekera inyuma yo kubona Ibipimo Vya DNA z'abana bavyaranye n'umugabo!💔

: Mugihugu ca Uganda ahitwa i umukenyezi yataye umugabo ariruka arahunga mugihe hari hahejeje gusohoka ibipimo vya DNA kubana bavyaranye.

Ivyo vyabereye ku bitaro MBN Clinical Laboratories vy'i Mbarara aho umukenyezi 𝐄𝐝𝐰𝐢𝐧𝐥𝐢𝐯𝐞 𝐍𝐮𝐰𝐚𝐬𝐢𝐢𝐦𝐚 n'umugabo wiwe 𝐁𝐲𝐥𝐭𝐨𝐧 bamaze imyaka itandatu bubakanye bafashe ingingo yo gupimisha DNA z'abana babo kugira amakenga n'imishwano bari bamazemwo imisi ahere.

Muri ivyo bipimo vyerekanye ko mubana bane bafitaniye, 𝐁𝐲𝐥𝐭𝐨𝐧 yasanze batatu aribo rwiwe uwundi umwe w'umukobwa w'imyaka ibiri n'igice ibipimo vyerejanye ko atari uwiwe, umukenyezi wiwe akimenya ivyavuye mu bipimo yaciye agira ubwoba aca asohoka ivuriro yiriruka umugabo nawe amuja inyuma.

Umugabo wiwe yaragerageje kwigumya aravyakira ndetse aranahumuriza amusaba ko yoja mu muduga maze amujane iwabo kubavyeyi biwe ariko uwo mukenyezi yaranse kwinjira.

Mu kiganiro Edwinlive yagira ye na "TV West" yaranse kwemera ivyavuye muri Laboratory aho yabandanije yemeze ko umugabo wiwe ariwe se w'umwana ndetse aca yagiriza umugabo wiwe ko aja mubandi bagore ari na bo boba baramuroze kugira urugo rwabo rusambuke.

Kuba rero bapimishije DNA zabo kugira barabe ko zihuye n'iz'abana babo vyatumye urugo rwabo rubamwo ingorane nyinshi kuko bari bamaze igihe mu bibazo vy'impari.

Iyi nkuru wewe wayakiriye gute!? Ari wewe wari kuvyifatamwo gute!?

✍️

Ndikumwe na 𝙊.𝙇.𝙂 𝙊𝙡𝙚𝙜𝙪𝙚 hamwe na  𝙇𝙚𝙜𝙚𝙣𝙙𝙆𝙞𝙙 inyuma yo gutangazwa ku mugaragaro ko bagiye gukorana na 𝙍𝙤𝙭𝙮 𝙀𝙣𝙩𝙚𝙧𝙩𝙖𝙞𝙣𝙢𝙚𝙣𝙩...
24/09/2026

Ndikumwe na 𝙊.𝙇.𝙂 𝙊𝙡𝙚𝙜𝙪𝙚 hamwe na 𝙇𝙚𝙜𝙚𝙣𝙙𝙆𝙞𝙙 inyuma yo gutangazwa ku mugaragaro ko bagiye gukorana na 𝙍𝙤𝙭𝙮 𝙀𝙣𝙩𝙚𝙧𝙩𝙖𝙞𝙣𝙢𝙚𝙣𝙩 nka management yabo muntumbero yo kubafasha gukora umuziki bosanzuye.

Mumyaka 2 yose bemeranije gukora bagakora indirimbo 3 burimwaka zirikumwe n'amasanamu woba witeze iki!?

Atassa🤣 Ku myaka 85, umukecuru yitwa   wo muri   🇿🇲 azwi cane kukazina ka "Legendary Glamma," yigaruriye imitima y'abant...
24/09/2026

Atassa🤣 Ku myaka 85, umukecuru yitwa wo muri 🇿🇲 azwi cane kukazina ka "Legendary Glamma," yigaruriye imitima y'abantu beshi kw'isi yose inyuma yo gukurakuranya impuzu n'umwuzukuru wiwe , asanzwe amumenyereza inyambaro zo muri ico gihugu.

Margret yambaye impuzu zashizweho n'umwuzukuru wiwe mu buryo budasanzwe, maze ivyo bica bituma hatangura uruhererekane rw'amafoto ku mbuga ngurukanabumenyi rwiswe "Granny Series."

Mu kwambara impuzu zigezweho kandi zifise ubuhinga budasanzwe, amarori manini nayo akwega amaso y'abamuraba, ama-wigi y'amabara atandukanye hamwe n'imirimbo ikayangana, Margret yahavuye aba ikimenyetso gikomeye c'imideri ku mbuga ngurukanabumenyi bidasanzwe.

Kuva aho amenyekaniye kuri internet, Margret aramaze kwandikwako n'imbuga mpuzamakungu zitandukanye kandi zikomeye zivuga ku bijanye n'imideri, hamwe n'ibinyeshamakuru bitandukanye vyo muri Africa no hanze.

Biciye mu myambaro yiwe n'uburyo yerekana imideri, Margret amaze kwiyubakira izina rikomeye, yerekana ko imideri ata myaka igira aho igarukira ifatirako ahubwo bisaba gusa ukwiyemera canke kwigirira icizere, confidence, hanyuma ukiyambarira. 👑🔥

📸 Ariko ku myaka 85 nyokuru nawe yatwemeje kabisa.
Hoba hari abatamakazi nawe urabona bagumana swag no mu busaza bakambara mu buryo bw'igisirimu kandi bufise insiguro!?

24/09/2026

Je dis quoi quand c'est

Address


Telephone

+25768543899

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fagason posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Fagason:

Shortcuts

  • Want your organization to be the top-listed non profit organization?

Share