La parole

La parole Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from La parole, Nonprofit Organization, Nyakabiga, Dagoretti.

Mbegaa biragendaa gutee unoo munsii How it will go today between   vs                               Last match (0-1)Toda...
25/02/2026

Mbegaa biragendaa gutee unoo munsii
How it will go today between vs



Last match (0-1)

Today 🤣🤣🤣😂😂😂

  🇺🇸, Prezida Donald J. Trump yaraye ahatswe kugandagurwa i Mar-a-Lago.Amakuru aturuka muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika...
23/02/2026

🇺🇸, Prezida Donald J. Trump yaraye ahatswe kugandagurwa i Mar-a-Lago.

Amakuru aturuka muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika aravuga ko habaye igikorwa gikomeye c’umutekano ku rugo bwite rwa Donald Trump ruherereye i Mar-a-Lago, aho umugabo umwe yagerageje kwinjira ku ngufu mu gace karinzwe cane afise inkoho n'ibido y'igitoro ca Essence.

Inzego z’umutekano zahise zitabara vyihuse nyuma y’uko uwo mugabo agaragaye yitwaje inkoho ndetse n’ikibido kirimo essence (igitoro), ibintu vyateye impungenge zikomeye ko ashobora kuba yari afise umugambi mubi.

Mu gihe yari agerageje kwegera ahacungwa umutekano wihariye wa Donald Trump, abashinzwe kurinda umutekano bahise bamuhagarika. Uwo mugabo, atatangajwe amazina, yarashwe kugira ngo bakingire umutekano w’aho hantu ndetse n’uw’uwahoze ari Prezida.

🚔💥Ibi bibaye mu gihe umutekano w’abayobozi bakuru bo muri Amerika, vy’umwihariko abigeze kuyobora igihugu, ukomeje gukazwa cane kubera impungenge z’ibitero bishobora kubagabwako🏛️

Kurikirana ijambo rya Donald Trump nyuma yiraswa ryuyu mugabo, Link 🔗https://youtu.be/TU0FRwjhcwM?si=nXrKY1cZD0FqJDsy


 ,♨️♨️♨️♨️♨️ voici la tactique que les coachs de des équipes qui sont en compétition de   entre   vs   aujourd'hui lundi...
08/02/2026


,♨️♨️♨️♨️♨️ voici la tactique que les coachs de des équipes qui sont en compétition de entre vs aujourd'hui lundi le 9 déc

1er mi-temps 0-0

⚠️⚠️break💔news today  to  umumenyerezaa yahoraa abikora nez mu mugwi wa   yamaze guseererwa nuwo mugwi kubwimpamvu zo ku...
12/01/2026

⚠️⚠️break💔news today to

umumenyerezaa yahoraa abikora nez mu mugwi wa yamaze guseererwa nuwo mugwi kubwimpamvu zo kudatanga umusarurooo mu nkinoo zimaze imins zikinwa


uwo yahoraa ari umukinyi yagiye araca mu mirw nka (1999_2004) yongeraa guca mu mur (2009_2014)akaba ari nawo mugwi yahora amanyereza akaba ari nawoo waraye usezerera akaba yaciye mumugwi wa (2014_2017) ..

Good News
SkÃT Steaven
Real Madrid C.F.
FC Bayern München
Real Madrid Basket
Visit Qatar

12/01/2026

un legendaire N'Golo kante qui se cachet😱😱 derrière de ses amis voila ce qui la passe dans restaurant .





😉😎
🔥🔥🔥🔥🔥🔥

14/01/2025

💥💥🔥🔥💥💥

13/01/2025

Un autre link qui t'aidera à connaître et t'orienter le bon chemin 😂et les hot news

Musician/band

07/01/2025

by Joëll Houghton ft Francis destin

Address

Nyakabiga
Dagoretti

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when La parole posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share