IGIHE CANJE NAWE Familly

IGIHE CANJE NAWE Familly Kalibu!

Welcome dukorere Imana tukiri bazima,ivyacu sivyo dufise kuko turabisiga bagasigara babigabangana batabigushimira,ariko ivyacu nivyo dukoreshereje Imana: abashonje,abagenda gusa,twobaba hafi?

Igihe Canje Nawe❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️ Mbega s'ugutanga ivyo kurya vyawe ukagaburira abashonje, ukazana aboro birukanywe ukabash...
05/05/2022

Igihe Canje Nawe
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Mbega s'ugutanga ivyo kurya vyawe ukagaburira abashonje, ukazana aboro birukanywe ukabashira mu nzu yawe? Wabona ugenda gusa ukamwambika, ntiwirengagize mwene wanyu? Maze rer' umuco wawe uzoca utambika nk'umutwenzi, amagara yawe asubire atotahare vuba; ukugororoka kwawe kuzokuja imbere, kand' ubgiza bganje buzoba bukwimirije. Maze ni watabaza, jewe Uhoraho nzokwitaba; ni watakamba, nzovuga, nti Ndi hano. Ni wakura ugutwaza igitugu hagati muri wewe, no gutungira abandi urutoke, n'ibiyago bibi, ugahebera umushonji ivyo wari kurya, ugahaza impahazwa: umuco wawe uzorasira mu mwiza, kand' umwiza wawe uzohinduka nko ku murango w'amashoka; kandi jewe Uhoraho nzokwama nkurongora, nzohaza ubugingo bgawe mu gihe c'ikigatwa, nguhe kunonoka mu magufa yawe; kand' uzomera nk'indimiro ikwegewemw' umwuzi, kand' uzoba nk'isoko y'amazi idakama.
Yesaya 58:7-11

[email protected]

+25769544762

Address

RN1
Kayanza
HTTP//[email protected]

Telephone

+25769544762

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IGIHE CANJE NAWE Familly posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to IGIHE CANJE NAWE Familly:

Share