FBD Burundi

FBD Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from FBD Burundi, Nonprofit Organization, Gitega.

Associatio de Famille des Burundais pour le développement s'engage pour le développement socio-économique durable, la promotion du leadership serviteur et la bonne gouvernance, la promotion de l'éducation et la formation de qualité.

28/10/2025
Aho niho icicaro ca FBD kiri.
28/10/2025

Aho niho icicaro ca FBD kiri.

  Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 16 Gitugutu 2025,  Ishirahamwe Famille des Burundais pour le Développement   ryakoze ...
27/10/2025

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 16 Gitugutu 2025, Ishirahamwe Famille des Burundais pour le Développement ryakoze urugendo rugana ku musozi wa Gishora, uri muri komine n'intara ya yagutse, mu ntumbero yo kwagura ibikorwa vy’umugambi wo gucukura amabuye yo kwubaka.
Ibi bikorwa biri mu mugambi munini wa ugamije iterambere ry’abenegihugu biciye mu gukoresha ubutunzi k**a bw'igihugu cacu, harimwo ubutare butandukanye. Mu rugendo rw’uyu wa Kane, abaserukiye barasuzumye uko ibikorwa biriko biragenda, bavugana n'abo bafashanya muri ivyo bikorwa kugira bikoreke neza, bongera baratanga impanuro kugira ngo umugambi ubandanye ugenda neza kandi mu muco w’amategeko.
Ubuyobozi bwa bwasiguye ko iyi ntambwe ari nkoramutima mu gushira mu ngiro umugambi wo guteza imbere uburimyi, ubucukuzi bw’amabuye, no guteza imbere ibice vy’igihugu vyari bitarashikwako n’ivyo bikorwa.
Ishirahamwe ryiyemeje gukorera mu muco, kwubahiriza ibidukikije no kwubaka iterambere rirama ku benegihugu b’akarere ka n’igihugu cose.


  Kuwa 21 Mukakaro 2024 ishirahamwe Famille des Burundais pour le Développement   rikorera mu ntara ya   ryakoranije aba...
27/10/2025

Kuwa 21 Mukakaro 2024 ishirahamwe Famille des Burundais pour le Développement rikorera mu ntara ya ryakoranije abanywanyi baryo mu ntumbero yo kugurura ibikorwa k'umugararagaro.
, aserukira iryo shirahamwe imbere y'amategeko inyuma yo gushimira abitavye inama yaravuze intumbero y’ishirahamwe yo kubona Uburundi buri mu bihugu biteye imbere (Voir le Burundi classé parmi les pays développés)
Muri iyo ntumbero nyene yarerekanye imigambi mikuru mikuru imaze kuronka impusha zo gukorera k’umugaragaro :
1 Burundian Family Mining Company ni umugambi ujanye n’ivyo kwimba amabuye, imisenyi, ubutare n’ibindi bijanye n’agataka.
2 Burundian Family Engineering Company ikora ibijanye n'ubuhinga muvy’inyubako:
yongeye guhamagarira urwaruka n'abakuze kwitabira imigambi y'iterambere biciye mu mashirahamwe muri ya ntumbero y’umugambi w’imbonakazoza wa Reta #2040-2060 .
Ahamagarira kandi abarundi n'abarundikazi bipfuza iterambere ry'igihugu cacu kuza tukifadikanya muri iri shirahamwe m'ugukorera hamwe imigambi yo kwiteza imbere n;uguteza imbere igihugu cacu.
Pour plus d’information , contactez-nous : 68038465 / 61561594 / 72425427 / 67897087

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when FBD Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share