Association Second Chance Burundi

Association Second Chance Burundi Jeneusse soyons l'espoir de demain laissons des traces pas des cicatrices donner nous les moyens d'arrivée

Uvyemera canke uvyanka,kenshi ubuzima umuntu abaho buramatanye n'amakuru yumva kenshi.Niwabaho wumva inkuru z'abarozi,im...
10/10/2024

Uvyemera canke uvyanka,kenshi ubuzima umuntu abaho buramatanye n'amakuru yumva kenshi.Niwabaho wumva inkuru z'abarozi,imizimu,amajini,....gusumba uko ubwigwa ukubaho kw'Imana,ugukora kwayo uwo uba inyuma yoguhitamwo kuvuka ubwakabiri uzokwama mubuja.Umaze kwimika Kristo Yesu muri wewe uhabwa ububasha hejuru yikintu cose.Murico gihe ubutumwa ukeneye nukwibutswa gukoresha ubwo bubasha igihe cose nahose nomuri vyose.Ntihagire uwusubira kukubesha yuko ubwo bubasha bubitswe muri Pasteur, Évangéliste, Prophète, Apôtre, Enseignant bonyene.Ivyo wumva biguteye ubwoba canke biguciye intege ubushobozi bwo kubikuraho buri muri Yesu Kristo.Umwakiriye muri wewe ubwo bushobozi busigara bukorera muri wewe.

Address

Avenue Samedi No 7
Gitega

Telephone

+25779855957

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Association Second Chance Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Association Second Chance Burundi:

Share