10/08/2025
RΔba,irasambura,ntihasubire kwubakika;yugarana umuntu,ntihashobore kwuguruka.rΔba,yimana amazing,agakama;vyongeye yayarekura akubika Isi.
ποΈyobu12:14-15ποΈ
IMANA itakwibutse ntawakwibuka
IMANA itakwugururiye ntawakwugururira
IMANA ikwimye ntawoguha
IMANA itakwiyumviriyeko ntawokwiyumvirako
IMANA itakurinze ntawokurinda
IMANA itakwubakiye woruhira ubusa vyosenyuka
Urakeneye IMANA mubuzima BWAWE
IMANA iguhaye ntawokwaka
Reka kwama afata abantu nkaho ARIBO batumye uja mungorane UFISE sibo Ni satani NIWE mubi Kandi bishobora KUBA vyakuvuyeko nawe kuko IMANA yari KUKUBERA inyishu muri vyose wayiteye akagere.
Wibuke ko IMANA niyo ituma umuntu apfa Kandi niyo ituma umuntu abaho,niyo imukenesha ikamukenura,niyo imucisha bugufi ikongera ikamushira hejuru.
Harizina ry'umuntu wumvamwo?
Ahubwo warukwiye kwibaza impamvu itagushira hejuru ?bishobora KUBA vyakuvuyeko kubwivyaha vyawe ugenderamwo wanse KWIHANA canke bishobora KUBA vyavuye kuriyo kuko igihe nkisaha vyayo vyokukugirira neza bitarashika,biragusaba kwihangana,haribantu IMANA YIFUZA gushira hejuru bakanka .banka GUCA Aho Imana ibacishije kuko gushirwa hejuru n'Imana sibintu biri magique ,wemera GUCA Aho igucishije,ukishwa NAYO intambwe kuyindi gushika ush*tse Aho yaguteguriye ,kuberako iyo nzira ibabaza Kandi iruhije benshi banka GUCA Aho Imana ibacishije bagahitamwo kwicira inzira.kuroranirwa kw'umuntu kuva ku mana
Nuko niwiyuzuze n'Imana ubone KUBA amahoro.
Witwararike ubwami bwayo no kugororoka kwayo
Muhezagirwe cane
ry'Imana ribora
#π»πππππππππππ