Mr.gift&&

Mr.gift&& Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Mr.gift&&, Nonprofit Organization, katavi, Buyenzi.

Kylian Mbappe remains fully focused and mentally strong ahead of their World Cup quarter-final against Morocco 🇫🇷⚔🇲🇦http...
09/07/2026

Kylian Mbappe remains fully focused and mentally strong ahead of their World Cup quarter-final against Morocco 🇫🇷⚔🇲🇦

http://www.brown.com/

🔴🔵 AMAKURU MASHASHA!!!Ubu tuvugana Dortmund ihejeje kumenyesha Barça yacu ko ikwiriye kuyiha umukinyi umwe muraba ice yo...
09/07/2026

🔴🔵 AMAKURU MASHASHA!!!

Ubu tuvugana Dortmund ihejeje kumenyesha Barça yacu ko ikwiriye kuyiha umukinyi umwe muraba ice yongerako n' amafaranga make kugira baronswe Karim Adeyemi ✅️

Dortmund inyuma yo kubona ko uno musore Karim Adeyemi ko ariko arayaga neza n' umurwi wa Fc Barcelona Dortmund mubusabe yaronkejwe na Barça yo ubwayo yaciye imenyesha Barça ko iza kurekura Karim Adeyemi hashoboye gushirwamwo umwe muraba Héctor Fort, Casado canke Roony Bardghji ✅️

Ubu tuvugana Barça yacu yarahejeje kuyaga nuno musore w' imyaka 24 kandi baremeranije ubu igisigaye ni ku bijanye n' ikiganiro kikibandanya gikorwa hagati y' umurwi wacu be na Dortmund.....

Barcelone Fans Burundi banyamuryango dusangiye gukunda umurwi wa Fc Barcelona ku bwawe ubona Barça muri zino mpano yorekura nde kugira tubone kuronswa Karim Adeyemi vyoroshe cane...???🤔

🚨 IBIGEZWEHO MURI FOOTBALL ⚽ • Ivan Provedel yabaye umukinyi mushasha wa Inter Milan. Lazio ironse miliyoni 3 z'ama-Euro...
09/07/2026

🚨 IBIGEZWEHO MURI FOOTBALL ⚽

• Ivan Provedel yabaye umukinyi mushasha wa Inter Milan. Lazio ironse miliyoni 3 z'ama-Euro, mu gihe uwo munyezamu yasinye amasezerano azomugeza mu 2029. 🇮🇹✅

• Radu Drăgușin yinjiye muri Fiorentina avuye muri Tottenham ku ntizanyo, irimwo n'ingingo yo kumugura burundu mu gihe ibintu bimwe bimwe vyosh*tswa. 🇷🇴✅

• Iyimuka rya Éderson 🇧🇷 aja muri Manchester United ririko riragorana, kandi ubu risa n'iryagoye cane.

• Geovany Quenda 🇵🇹 yasinye muri Chelsea ku mugaragaro avuye muri Sporting CP ku mafaranga angana na miliyoni 50 z'ama-Euro. Yasinyiye gushika mu 2034. ✅

• Óscar Mingueza 🇪🇸 azinjira muri Crystal Palace ku buntu inyuma yo kuva muri Celta Vigo. ✅

• Jakub Kamiński 🇵🇱 yabaye umukinyi mushasha wa Benfica ku mugaragaro. FC Cologne ironse miliyoni 17 z'ama-Euro. ✅

• Andrey Santos 🇧🇷 agiye gusinyira Manchester United amasezerano y'imyaka 5. Chelsea na Manchester United baramaze kwumvikana ku masezerano. ✅

• Álvaro Arbeloa 🇪🇸 yasavye Fulham kugura Gonzalo García 🇪🇸.

• Aurélien Tchouaméni 🇫🇷 na Real Madrid bumvikanye ku kongereza amasezerano azomugeza mu 2031. ✅

• Pape Gueye 🇸🇳 wa Villarreal ariko arakurikiranwa na Aston Villa, ishobora kwishura amafaranga angana na miliyoni 45 z'ama-Euro.

• FC Barcelona iri hafi kurangiza iyimurwa rya Karim Adeyemi 🇩🇪, bikaba vyasabwe n'umumenyereza Hansi Flick 🇩🇪.

• Fran García 🇪🇸 yasezeye muri Real Madrid ku mugaragaro, yinjira muri Real Betis ku mafaranga angana na miliyoni 4 z'ama-Euro.

• Gianluca Prestianni 🇦🇷 agiye kwerekeza muri Trabzonspor avuye muri Benfica ku mafaranga ashobora gushika kuri miliyoni 20 z'ama-Euro.

• Harry Wilson yasinye muri Leeds United ku mugaragaro amasezerano y'imyaka 4.

• Arsenal iriko irategura kurungika ubusabe bushasha kuri Bruno Guimarães 🇧🇷. Uwo mukinyi wa Newcastle ni umwe mu bo Mikel Arteta yipfuza cane.

• Morten Hjulmand 🇩🇰 agiye kwinjira muri Atlético Madrid avuye muri Sporting CP ku mafaranga ashobora gushika kur

Ico nkundi FC Barcelona 🇪🇸 harukuntu isigaye ibona abakinyi bakwiye kuyikinira abaribo. Iyi LaLiga yuy'umwaka izoba itey...
09/07/2026

Ico nkundi FC Barcelona 🇪🇸 harukuntu isigaye ibona abakinyi bakwiye kuyikinira abaribo. Iyi LaLiga yuy'umwaka izoba iteye ubwoba kandi cane.

Nikihe kintu ubona kizoba cahindutse Muri LALIGA EASPORT 🇪🇸 muruno mwaka w'imikino.

Kora Suivre kuri Page yanje nshasha 🙏💙👇👇

http://www.brown.com/

🚨🗣 Jérémy Doku: “Igihe Yesu azogaruka, ntayandi mahirwe azoba agisigaye. Icipfuzo canje n'uko igihe yagarutse azombwira ...
09/07/2026

🚨🗣 Jérémy Doku: “Igihe Yesu azogaruka, ntayandi mahirwe azoba agisigaye. Icipfuzo canje n'uko igihe yagarutse azombwira ngo ‘Wabikoze neza mwana wanje.’...

Jérémy, naraguhaye amahera, abagenzi, umugore, ukumenyekana, umuryango n'ayandi matungo... Ni igiki wankoreye?.. Ni igiki wakoresheje amahera?.. Wayaguzemwo impuzu n'amazu gusa?

Iyo ivyo uvyiyumviriyeko, uca ubona neza ko udakwiye kwigungirako... Igihe yagarutse, nizera ko nzojana nawe m' Ubugingo budashira. Ntakindi cipfuzo mfise.”

mr.gift&&

🚨... Didier Deschamps ati 🎙️ Maroc 🇲🇦 ifise abakinyi beza kandi cane Bazi abakinyi banje uko bakina. Ariko nanje abakiny...
09/07/2026

🚨... Didier Deschamps ati 🎙️ Maroc 🇲🇦 ifise abakinyi beza kandi cane Bazi abakinyi banje uko bakina. Ariko nanje abakinyi banje barazi ingene Abakinyi ba Maroc 🇲🇦 bakina.

Uri rukino wibazako arinde aza kurutsinda wihweje hagati yabino bihugu 2 🇫🇷🇲🇦.

Kora Suivre kuri Page yanje nshasha 🙏💙👇👇👇

https://www.facebook.com/share/17kTACVyGm/

Address

Katavi
Buyenzi
BROWN

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr.gift&& posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share