Ubigenza gute?

Ubigenza gute? comment puis je etudier?

21/03/2026

Umuririmvyi umwe ati formation yose iraryana ariko hakaryoha amapete.

Iyo wize ukumva nturushe, uraraba neza ko woba koko warize kwiga. Kwiga ni igukorwa gusaba inguvu n ubwitange ntangere.

Nguru urukundo nyakuri. Rudafatiye kumaronko
20/03/2026

Nguru urukundo nyakuri. Rudafatiye kumaronko

19/03/2026

Nigiki catumye ubumenyi mumashure y 'Iburundi busubira inyuma?
Mbega ni abana batagikerebutse?

Ihi bambewe, habe namba abana braciye akenge cane, ahubwo umwete wabo wose bawushize mubinezereza amatwi yabo be n'amaso yabo, ivyo bica bituma badaha agaciro ivyigwa vyo mwishure.

Nawe ubibona gute?

15/03/2026

Mbega wewe canke mutoyi wawe , biracameze neza mw ishure nka kera?

Address

Bujumbura
CABER7922

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubigenza gute? posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share