APROMe-BURUNDI

APROMe-BURUNDI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from APROMe-BURUNDI, Nonprofit Organization, Bujumbura.

Kuva nakera burya imyuga yamye ifatiye runini abarundi kuko niyobakuramwo ivyabatuma babaho ,imwe mumyuga tutokwirengagi...
15/02/2026

Kuva nakera burya imyuga yamye ifatiye runini abarundi kuko niyobakuramwo ivyabatuma babaho ,imwe mumyuga tutokwirengagiza bakora cane yari :
-Gucura
-Kurima
-Kworora
Uyumusi rero imyuga yaragwiriye kandi benshi bagashaka kubikora mukajagari rimwe na rimwe ugasanga ntaco bibamariye kubwo kutamenya.nicocatumye APROMe-BURUNDI ihaguruka kugirango itumbereze amahirwe yumwumwe wese kuco ashoboye gukora nk'umwuga maze giheze kimubesheho kandi kimwubahishe.

Vyoba bimaze gushika ukabona umuzungu aragiye inka?icogihe nikihe kintu caje muvyiyumviro vyawe ?

Kora kuri suivre ubane na APROMe-BURUNDI uzomenya vyinshi umenye naho amahirwe yawe atumbere

None ibi ninde atobishima?wipfuzako inzu yawe yubakwa neza ninzobere?ngwino muri APROMe-BURUNDI ico sikibazo ninyishu
09/02/2026

None ibi ninde atobishima?wipfuzako inzu yawe yubakwa neza ninzobere?ngwino muri APROMe-BURUNDI ico sikibazo ninyishu

Turashimira cane abadukurikirana bashasha kurururubuga gwacu gwa Facebook.mubandanye mudukurikirana kandi ntimwibagire k...
09/02/2026

Turashimira cane abadukurikirana bashasha kurururubuga gwacu gwa Facebook.mubandanye mudukurikirana kandi ntimwibagire kurungikira link abagenzi banyu kugira nabo badukurikirane turabakunda cane murakoze!

Nous tenons à remercier nos nouveaux abonnés sur notre page Facebook. Continuez à nous suivre et n'oubliez pas de partager avec vos amis pour qu'ils nous rejoignent. On vous aime, merci beaucoup !

We would like to thank our new followers on our page. Keep following us and don't forget to share with your friends so they can join us. We love you all, thank you very much!

02/02/2026

L'ASSOCIATION POUR LA PROMOTION DE MON MÉTIER (APROMe-BURUNDI) souhaite les bienvenues aux nouveaux membres sur cette page .APROMe-BURUNDI est à votre disposition pour promouvoir Vos métiers. Votre abonnement est notre motivation merciiii

02/02/2026

Vision:
L’Association pour la Promotion de Mon Métier (APROMe) a pour vision de devenir une organisation de référence au Burundi et dans la sous-région dans la promotion, la valorisation et la professionnalisation des métiers artisanaux et professionnels, contribuant durablement au développement socio-économique, à la réduction du chômage et à la lutte contre la pauvreté.
Mission:
La mission de l’APROMe est de promouvoir les métiers artisanaux et professionnels à travers la sensibilisation, la mobilisation, la formation, l’organisation et l’accompagnement des artisans, ouvriers, associations et coopératives œuvrant dans ce secteur, en vue d’améliorer leurs compétences, leurs revenus, leurs conditions de travail, et de favoriser l’auto-emploi, l’entrepreneuriat local et l’intégration socio-économique.

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when APROMe-BURUNDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share