Bahizi benny bertrand officiel

Bahizi benny bertrand officiel Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bahizi benny bertrand officiel, Nonprofit Organization, Appel izanzwe, Bujumbura.

BREAKING : Muri Real ingingo yafashwe, n'ugutsinda Barça muri Classico. Hm ?👀🤨Rodrygo 🇧🇷 : « Dutegerezwa gutsinda Barça ...
07/10/2025

BREAKING : Muri Real ingingo yafashwe, n'ugutsinda Barça muri Classico. Hm ?👀🤨

Rodrygo 🇧🇷 : « Dutegerezwa gutsinda Barça muri Classico, ukwo vyogenda kwose.

Sezo iheze imbere ya Barça yari mbi cane kuri twebwe. Turi muhira kuri Bernabéu rero dusabwa kwerekana ico turi co. »

Sezo iheze, Lamine Yamal yababwiye ko n'ubwo Real wokwinjiza ibitsindo bingana gute Barça uzoguma wabatsinze, kandi vyabaye ukwo.

Address

Appel Izanzwe
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bahizi benny bertrand officiel posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share