Isekere Pictures

Isekere Pictures Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Isekere Pictures, Nonprofit Organization, Jabe, Bujumbura.

you're welcome
25/04/2026

you're welcome

6 likes. "REMISE DE DOT DE TUYIZERE Divine💍🎊"

Mbega Mwiriwe?  Ngwino mubane nacu mwebwe bitakundiye ko muza kudushigikira mu rubanza rwiza Kandi ruryoshe  Aho Umukobw...
25/04/2026

Mbega Mwiriwe? Ngwino mubane nacu mwebwe bitakundiye ko muza kudushigikira mu rubanza rwiza Kandi ruryoshe Aho Umukobwa Wacu mwiza {Divine Tuyizere} Tugire tumukoshe Imiryango ikoranye. Ntimugire ikibazo Ni mufyonde hano👇👇. Murakoze Kubana nacu.

6 likes. "REMISE DE DOT DE TUYIZERE Divine💍🎊"

Vuba cane irabashikira, nimube muraraba  Yuko mwakoze subscribe gutyo muze kuba abambere mu kuyibona.👇👇
15/04/2026

Vuba cane irabashikira, nimube muraraba Yuko mwakoze subscribe gutyo muze kuba abambere mu kuyibona.👇👇

Nyd de videoer og den musik, du holder af, upload originalt indhold, og del det hele med venner, familie og verden på YouTube.

If you like it, crown it.Essayer c'est Adopter.Isekere Pictures
09/04/2026

If you like it, crown it.
Essayer c'est Adopter.

Isekere Pictures

Isekere Pictures
11/02/2026

Isekere Pictures

Book yours on + 257 79 93 45 04Isekere Pictures 💽
23/01/2026

Book yours on + 257 79 93 45 04

Isekere Pictures 💽

"Habemus Papam" ==============Turonse Papa mushasha !! Iri n'itangazo umu caridinali mukuru atangaza mu gihe umupapa mus...
08/05/2025

"Habemus Papam"
==============
Turonse Papa mushasha !!
Iri n'itangazo umu caridinali mukuru atangaza mu gihe umupapa mushasha abonetse. Mwibuke Yuko kugira yemezwe, nuko Haba habonetse umwotsi wera maze ukaduga Hejuru. Ariko ivyabaye siko vyagenze, ngo habonetse umwotsi wirabura. Bisigura Yuko uyu munsi amatora abandanya gushika habonetse umupapa mushasha.

Uyu musore agiye gutorwa kuganza isi, umusiguzi yari yaramuvuzeko:
"Nitegereje abariho bose bagendagenda musi y'izuba, mbona bikumiye ku ruhande rwa wa musore umwe yakurikiye umwami ku ngoma, akamusubirira mu gishingo."
(Umusiguzi 4:15)

" Ukuza kw'uwo mugarariji kuri mu buryo bg'inkomezi za Satani, kuri n'ubushobozi bgose n'ibimenyetso n'ibitangaza vy'ibinyoma, n'ubugunge bgose bgo kugabitanya ku bahona, kuko batemeye gukunda ivy' ukuri ngo bakizwe.
Ni co gituma Imana ibarungikira ubuzimire bubakoreramwo, ngo bizere ibinyoma: kugira ngw abatizeye ukuri bose, bagahimbarirwa ukugabitanya, bacirwekw iteka."
(2 Ab'i Tesalonike 2:9-12)

Kugira yemezwe abagiye kurima uwomusi amasuka ngo yaravunitse 🤣😀.
Kugirango aberanda batangure guhimbazwa , ngo Hariho ibitangaza aberanda bagiye bakora Kandi barapfuye, batakiriho.

Gukūra abantu k'ukuri, Bibiliya yerekana ko ibimenyetso n'ibitangaza bigomba kwifashishwa. Mugenzi Wanje ngwino twame dukoresha ijambo rivuga ngo :" handitse ngo, .........."

Sola Scriptura

Waratomboye!!============"Kurira, bibaho mu buzima. Ariko biba Vyīza iyo ufise uwo Uririra. Umwe yumva uburibwe ufise ak...
17/03/2025

Waratomboye!!
============
"Kurira, bibaho mu buzima. Ariko biba Vyīza iyo ufise uwo Uririra. Umwe yumva uburibwe ufise akagufata ukuboko maze akakuba hafii, amarira warufise akayahindura umunezero." Mbega urafise uwo muntu 🤔?
Waratomboye!!

Isekere Pictures

Address

Jabe
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Isekere Pictures posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share