Primus Burundi

Primus Burundi Primus niyo nzoga ya mbere mu Burundi Ikiza inyota ikagira n’akanovera ntangere. https://tinyurl.com/y82u29xv

Uyu musi ya nyenyeri twabemerera yasohotse icese: Primus Star, mukihereze kuko Kararueenze , tubwire muri commentaire uk...
26/05/2026

Uyu musi ya nyenyeri twabemerera yasohotse icese: Primus Star, mukihereze kuko Kararueenze , tubwire muri commentaire uko wasanze kameze.






24/05/2026

Inyenyeri nshasha iraserutse. STAR, izananye uburyo bushasha bwo gukayangana kuko “Kararuenze”






22/05/2026

Inyenyeri Iraserutse, guma udukurikiranira hafi ube uwa mbere kuyibona.


Turongeye gukeza umugwi wa Aigle Noir watahukanye igikombe ca Primus Ligue. Yari akaryo keza kuba fans ba Primus gutsind...
09/05/2026

Turongeye gukeza umugwi wa Aigle Noir watahukanye igikombe ca Primus Ligue. Yari akaryo keza kuba fans ba Primus gutsindira ubushimwe butandukanye aho inyenyeri yakiye.




30/04/2026

Ntimwibagire kwiha aga Primus muragakwiriye. Santé kubikorwa vyanyu . 🍻

17/04/2026

Muyinga inyenyeri yarabakiye kuri Stade Umuco. 🥳

14/04/2026

Primus yamye ihuza abantu. Kurikirana ikiyago cahabaye aho inyenyeri itazima yahujije urunganwe rutandukanye.
👉https://youtu.be/G_50BgQ3ctc

08/04/2026

Harahiye ! 🔥
Indirimbo y’imyaka 70 ya Primus irabashwayemwo 🎶
Collabo idasanzwe n’umudiho uhuza bose. 🍻
Ba uwambere kuraba clip yose hano 👉 https://youtu.be/gu9CFJhyesY

Ntiwibagire kugira like , partage na commentaire. Twagiye! 🔥🎶

03/04/2026

Imyaka 70 Primus isangira ibihe vyiza n’abakunzi bayo. Bwira mugenzawe uti : "Kirinyota mugenzi !"
🍻

Address

Boulevard Du 1er Novembre Quartier Industriel
Bujumbura
BP540

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Primus Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Primus Burundi:

Share