Classic Studio

Classic Studio Votre Satisfaction Notre Fiertรฉ

Umuhungu wanyu Audace Classic Official akaba n'umukinyi wa film musanzwe mukunda kuva muri GOLD Africa TV arabipfurije i...
23/08/2026

Umuhungu wanyu Audace Classic Official akaba n'umukinyi wa film musanzwe mukunda kuva muri GOLD Africa TV arabipfurije ijoro ryiza canke umusi mwiza bivanye n'aho muherereye, yiwe igezweho Link muri Commentaire.

Igisagara nico cambere iyo kikudashwe usigara uricuza n'igituma waravutse mwite   muri   ariko akaba asanzwe azwi nka Au...
14/08/2026

Igisagara nico cambere iyo kikudashwe usigara uricuza n'igituma waravutse mwite muri ariko akaba asanzwe azwi nka Audace Classic akomeje kugenda ahura n'ibibazo bitandukanye bikekwako yoba ariko arabiterwa n'amarira y'umukunzi wiwe yahemukiye akamutana n'umwana inyuma yo kumutera inda, ino Film igeze aharyoshe igice cayo ca Kabiri (Part 2) camaze kugera kuri YouTube ya GOLD Africa TV , Ukaba utarayiraba uriko urahomba caane, Link ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/sFQdzDF64NM?si=WzvS_jPTj1T6HKVA
Ntutangwe kugira Ku muhungu wanyu ๐Ÿ‘‰ Audace Classic Official

Iyi Film ndayiserutseko mpise ndayipfungirako fire inca mbona ko hagiye gutangura gutokombera, imponjo yayo "Trailer" ng...
31/07/2026

Iyi Film ndayiserutseko mpise ndayipfungirako fire inca mbona ko hagiye gutangura gutokombera, imponjo yayo "Trailer" ng'iyi vyirabire ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/0LV5925sRiw?si=V3rm9WVrfrDzg_Dh
Entre-temps ngo igiye kuzoza iradushikira CHAQUE VENDREDI A 7H Kuri GOLD Africa TV nk'uko tubikesha amakuru ava aho nyene
Ja kugira SUIVRE Kuri ๐Ÿ‘‰ Audace Classic Official uyu ni umwe mubakinyi b'Imena bazoba bakibereyemwo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

Ntibikiri ibanga๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ Audace Classic Official ivyo amaze imisi yagirizwa vyose abitangiye muco ari kumwe n'umwe mubamaze i...
22/07/2026

Ntibikiri ibanga๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ Audace Classic Official ivyo amaze imisi yagirizwa vyose abitangiye muco ari kumwe n'umwe mubamaze imisi bamugaragariza agashavu vyose ni mu kiganiro bakoreye kuri , Ivy'inda ivy'abigeme batandukanye akomeje kuvurwako harimwo n'uwa , ... Ew murumirwa, Kumbe ni uku vyifashe ๐Ÿค” Link ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/EMxUC5FjThY?si=cbqCvVUWw0cn0cUQ

Mbega iyo umuntu akugiriye nabi ukamufatana itonga inyifato ibereye yoba iyo kumufungisha nk'uburyo bwo kwihora kucaha y...
12/06/2026

Mbega iyo umuntu akugiriye nabi ukamufatana itonga inyifato ibereye yoba iyo kumufungisha nk'uburyo bwo kwihora kucaha yagukoreye canke twokurikiza rya jambo ry'IMANA rivuga ko guhora ari ukwayo? Irabire Ivyash*tse muri iyi urumirwa ๐Ÿค” na umukobwa bavyaranye ivyiwe birayoberanye ibibazo vyabaye ibibazo mu muryango ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™† yirabe film yose twayibazaniye.
Link ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/PYJ3nVc_DVM?si=Aoo-LQvBJARsulAZ

Ya Film y'akasamutwe  INTANDARO Y'IKIBI Kuva Muri GOLD Africa TV baduhaye FULL MOVIE VOLUME II EP (6,7,8, &9) COMBINร‰ES ...
29/05/2026

Ya Film y'akasamutwe INTANDARO Y'IKIBI Kuva Muri GOLD Africa TV baduhaye FULL MOVIE VOLUME II EP (6,7,8, &9) COMBINร‰ES
Link ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/mTJ07HLqoaY?si=51mg-44GB0Kc4bYS

Ibibaye kuri   urumirwa ๐Ÿค” atawe n'umugore wiwe   ngo yishinga amasengesho abamusuzugura bo bakaguma bamusuzuguraNeza nez...
08/05/2026

Ibibaye kuri urumirwa ๐Ÿค” atawe n'umugore wiwe ngo yishinga amasengesho abamusuzugura bo bakaguma bamusuzugura
Neza neza imisi itatu irarumanye atazi iyo ageze ๐Ÿค” aha umuntu yohakura icirwa gikomeye burya aba bakunda umuntu akomeye yirwanako bikanagaragara vyo mu mubiri apana mu mwuka, vyirabire vyose ni muri FILM INTANDARO Y'IKIBI muri EP 08 ihejeje kugera ku rubuga rwa Link๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/rGUXS7REVJE?si=dzDv7V9DcHST_nZq
Gira Suivre kuri iyi Page Classic Studio uzoze uribera uwambere kuronka ibigezweho
GOLD Africa TV
Audace Classic Official
SuperSport Football
TOP News
Fabelove Fabiano Faboss
Laurence Mpawenimana
Swarga King Leon
Benigne Dusenge
Ngabire Odette
Mazarine Muco
Bashirahishize Issa
Iradukunda Aliella

Iyi Film ikomeza kunyemezaINTANDARO Y'IKIBI EP 07 Kuva muri GOLD AFRICA TV yasohotseLink ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡https://youtu.be/tw0_PlC4Ur...
01/05/2026

Iyi Film ikomeza kunyemeza
INTANDARO Y'IKIBI EP 07 Kuva muri GOLD AFRICA TV yasohotse
Link ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/tw0_PlC4Ur4?si=hfXzgGRDw-7MgxgB
akomeje kwibasirwa na amuziza kwigumira mumwuka aho kurwanya abamurwanya, (Pasteur w'amanyanga) abo yakomerekeje imitima bamuviriye hasi, iyi ntambara izoheza nde koko ๐Ÿค”
Audace Classic Official
GOLD Africa TV
Classic Studio
SuperSport

Address

Bujumbura
5225

Telephone

+25761264953

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Classic Studio posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share