07/08/2026
Saviez-vous que plus d'1/4 des personnes vivant avec le VIH/SIDA au Burundi sont des jeunes âgés de moins de 35 ans ? La meilleure arme contre le VIH est une information juste et correcte. Une jeunesse bien informée est une jeunesse capable de faire des choix responsables, de se protéger, de protéger les autres et de lutter contre les préjugés et la stigmatisation qui entourent encore cette maladie.
___________________________________________
Mbega wari u*i ko abarenga 1/4 vy’abafise umugera wa SIDA bari ku miti yo gupfupfahaza (ARV) mu Burundi ari urwaruka rudashikana imyaka 35? Uburyo bubereye bwo gutuza SIDA ni ugutanga amakuru y’ukuri kandi yizewe. Urwaruka rufise ubumenyi rushobora gufata ingingo zibereye, kwikingira no gukingira abandi, hamwe no kurwanya ikumira n’agasuzuguro bikibangamiye abagendana umugera wa SIDA.