30/09/2024
*_ALOE VERA GELLY_*
Aloe vera gelly n'amavuta naturel atakintu nakimwe conona urukoba kirimwo afasha vyinshi kurukoba.
*Ivyo adufasha* :
↪️ Arafasha kuzimanganya inkovu nama tache kumubiri;
↪️ Arafasha kubikomere,ubushe,aho bakugiriye operation gukira ningoga kandi ntankovu usigarana;
↪️ Arafasha uwufise amaribori:uko ugenda uyakoresha aza aragenda bukebuke,akurya naho bica bihera ubwo nyene;
↪️ Arafasha uwo imishatsi ivunguka ntisubire kuvunguka kandi igasa neza;
↪️ Arafasha uwufise amaso atukura, aryana nkipilipili,...;
↪️ Arafasha uwufise imvutu zigahera;
↪️ Aragufasha ufise ibirenge canke ibiganza bigumye bikoroha, ufise amabavu muntoke akagenda;
↪️ Arafasha kumiburu haba kuyikinga canke kuyiheza;
↪️ Uribwa uri mubutinyanka aragufasha;
↪️ Umudame aramufasha kwikingira infection nukubungabunga ingihimba c'irondoka. Umudame akoresha toilette za kizungu Publique cane cane a siege iramufasha gose;
↪️ Arafasha uwufise ibihere,urubandu,mycose,aczema,ibifaranga,ibihushi,....;
↪️ Arafasha kugisekera kikiri gito kikayonga, kimaze gukura kigasha ningoga kandi kikimena utababaye;
↪️ Arafasha gukinga izuba wayisize,aho abandi ribamena umutwe ribaturira nawe ntanakimwe uba wumva;
↪️ Nibindi vyinshi
Ukeneye kumenya vyinshi vyimbitse nukuyaronswa👇🏿
Whatsapp/Appel:+257 79844626
Sangiza ubutumwa incuti n'abagenzi