AHADI 7 YIREH

AHADI 7 YIREH AHADI 7 YIREH

24/07/2026

✍️🫆🌟ABANTU BARIHARAJE KWISHURA ABANDI AKANYA KWOSE NGO " " NI KUBERA IKI IRYO JAMBO RIVURWA CAANE⁉️

📶MBEGA ABARIVUGA BO BABA BISHIZE MURI ABO BANTU BA KERA CANKE NABO NTIBACISHIRA MU BANTU⁉️

🛜UVUZE KO ABANTU BARI ABA KERA, ABO UBU NI ABAKI?😊

🔀Nimuze tubiyage⁉️

❤️TUBE ABANTU BAZIMA‼️

18/07/2026

15/07/2026

Nous vivons une époque tellement corrompue, l'être humain fait face à une siècle des incrédules. Que faire alors?

07/07/2026

UBURUNDI BURI KU KIRARO: BUGIRE BUJABUKIRE MU BIHE VYIZA.

YEMWE BARUNDI; NI MUBE BAZIMA! *BIBE *BIKUNDE *TUBIBONE! ALLÉLUIA AMINA

17/06/2026
Jeunes générations, Venez chez AHADI 7 YIREH pour vous faire formater des idées vieilles, primitives, de la préhistoire....
16/06/2026

Jeunes générations, Venez chez AHADI 7 YIREH pour vous faire formater des idées vieilles, primitives, de la préhistoire...

Anciennes générations, Soyez Humaines!

BAHO UBUZIMA BW'ITEKA, UBUZIMA BUZIMA@🥰🔥💥🤜🤝✍✍
16/06/2026

BAHO UBUZIMA BW'ITEKA, UBUZIMA BUZIMA@🥰🔥💥🤜🤝✍✍

03/06/2026

IBIHE BIHA IBINDI.
UMUNTU MUZIMA NTAGAHEMUKIRE MU BUGARARWA.

06/04/2026

DISCIPLINE EN TOUT ET PARTOUT
D'après Son Excellence Feu Président Cyprien NTARYAMIRA,Hommage à son âme.
.

16/03/2026

IBINTU BIZANA UMUVUMO,IVYAGO,AMAHANO KU GIHUGU NI NO , IVYO UGASANGA KANDI BIRWIRIYE MU MASHENGERO NO MU MADINI.🤭😭

🗣🗣🗣 YEMWE BANTU, NIMUBE BAZIMA!

Address

Bujumbura

Telephone

+25779746549

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AHADI 7 YIREH posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to AHADI 7 YIREH:

Shortcuts

Share