Bonne santé Synonyme du développement

Bonne santé Synonyme du développement Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bonne santé Synonyme du développement, Bujumbura.

𝙄𝘽𝙄𝙈𝙀𝙉𝙔𝙀𝙏𝙎𝙊 𝘽𝙔𝘼𝙏𝙐𝙈𝘼 𝙐𝙆𝙀𝙆𝘼 𝙆𝙊 𝙐𝙁𝙄𝙏𝙀 𝙄𝙉𝘿𝙒𝘼𝙍𝘼 𝙔𝘼 𝙋𝙍𝙊𝙎𝙏𝘼𝙏𝙀 - Gushaka kuja   kenshi mw'ijoro.- Kwihagarika  ukumva aza  ari m...
21/05/2026

𝙄𝘽𝙄𝙈𝙀𝙉𝙔𝙀𝙏𝙎𝙊 𝘽𝙔𝘼𝙏𝙐𝙈𝘼 𝙐𝙆𝙀𝙆𝘼 𝙆𝙊 𝙐𝙁𝙄𝙏𝙀 𝙄𝙉𝘿𝙒𝘼𝙍𝘼 𝙔𝘼 𝙋𝙍𝙊𝙎𝙏𝘼𝙏𝙀

- Gushaka kuja kenshi mw'ijoro.
- Kwihagarika ukumva aza ari make ugereranyije n’uko ubishaka.
Canke kunanirwa kurangiza kwihagarika ngo wumve vyaheze.
- Kumva umeze nk’uwuriko arasha mu gihe uriko urihagarika.
- Kwihagarika ukabona amaraso mu mu mukoyo.
- Kugira mu mukoyo.
- Kugira ibibazo mu gihe co gusohora .
- Kugira mu kiyunguyungu, no mu gace ku ko hepfo.
- Kugira uburibwe canke gusasatwa ku mutwe w’ n’impande zaho.
- Kubabara mu yo mu mugongo wo hasi (iyi ndwara iba yakomeye cane).
- Kutiyumvamwo igikorwa c'imibonano mpuzabitsina.

Mbega woba ushaka kuyirinda canke kuyivuza, canke woba u*i umugenzi afise ico kibazo ca ?

Hamagara cank wandike kuri WhatsApp uhabwe ubujyanama bwuzuye.+257 68091473 / 79186416

Ukeneye   naturel agaburira urukoba gwawe akarurinda amahere,ama   n'ama  ,etc. Aboneka i Bujumbura aho dukorera.* Karib...
23/04/2026

Ukeneye naturel agaburira urukoba gwawe akarurinda amahere,ama n'ama ,etc. Aboneka i Bujumbura aho dukorera.*

Karibu tukwihere ama vuta spécial ALOE MOISTUZING LOTION, niwaba ukunda kumererwa neza no kwamana ubwiza bwa ku rukoba no kwama umota neza.🤝

Ukeneye kumenya vyishi
Appel/Whatsapp: +257 68091473

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bonne santé Synonyme du développement posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share